IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Ireresi ivuga ibikorwa vya « Sindumuja » igiye gusohoka

Ireresi ivuga ibikorwa vya « Sindumuja » igiye gusohoka

lundi 8 Rusama 2017, par Jean de Dieu M.

Iyo reresi izosohoka kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2017, umunsi hazoha haheze imyaka ibiri habaye ukugerageza gutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Muri iyo reresi, habonekamwo abaharanira agateka ka zina muntu, abo mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike, hamwe n’abanyeporitike. Bose bakaba ari abarwanije ugusubira kwitoza kw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Abo bavuga muri iyo rerei Maragarita BARANKITSE, Pacifique NININAHAZWE, Alexis SINDUHIJE, n’abandi

Agace gato kayo


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.