IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Umukuru w’inama nshingamateka ahejeje kwemeza ko yahungiye i (...)

Umukuru w’inama nshingamateka ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles

dimanche 28 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Inyuma yaho hari urukurukuru rwemeza ko Umukuru w’inama nshingamateka yoba yarahunze , Piyo Ntavyohanyuma ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles abicishije kumboneshakure FRANCE24

Mukiganiro yatanze yasavye ko amatora yokwegezwa inyuma


IGIHE

Messages

  • MUTAMAGENDAMAHORO NIWEWARUWOGUHANUZA HASIGAYE.ABICANYI GUSA.ABANYAGIHUGU TWANANIWE.ABAHOZE MUGISODA.CARETA BARIHEHE.?

  • Nt’amahoro kubanyavyaha nimwere kuko no murabo basigaye ntanumuntu arimwo wobona ko afite ijambo bose ni babavuge nemere none ubu ntibarabona ko ikinyoma kimara umusi kitamara umwaka? Nimwemange basha mwabikora mubona rwariye abandi nanyu rutabibagiye!

  • Nagende mugabo ahemukiye abahamushize yategerezwa kubwira abarundi ati ahovyankiye naha.abarundi bobenigihugu bakamufasa.umukurwigihugu nawe niyumvamarira nugutakamba kwabenshi yiyumvire nka pasteur.nibari pasteur koko niyitoze ahengereye atsinze acatangimihoho ahasiguwoyiyumvamwo cankabivemwo.

  • nagedeabiseanti bahakeneye kantiabanyengagaratwamenye kobabahaye igoho kobarara bararasabacebavugakwarimbo nerakure twabimenyebasha

  • ABO BAGABO BARIGITO NABAGABO NIRYO KUKI ABANDI BAVUZE NABO BAGAHORA USANGA BATABASHIZE NKUNTONDE USANGA BARABAKEMYE KW’ARIBIPINGA IZONDA ZABO ZIRABAGOYE

  • Komera Abagabo Nkabo Nibotugomba Badashaka Kwigihugu Kirwa Mumanga Non Pita Arindiriye Iki? Tawoke

  • Murakarushwa twabaciriyamafranga none mwayahaze kirimwabagabo imuguruka nutumuke abandi bashikigwe nibatuviremwo izonjavyi zitiyumvira iyotwagikuye igihugu sicana ejo amatorameza cane.

  • Kama Marais Wawili Wametoroka Nchi, Kama Speacker Wa Bunge Ameikimbia Nchi, Kama Makamanda Wameikimbia Nchi, Kama Wananchi Wameikimbia Nchi, Naviongozi Hao Waliyoikimbia Nchi Niwana Chama Tawala Cndd Fdd, Wamekubalikua Rais Wa Nchi Amekiuka Katiba Ya Nchi Nawao Ndowaliokua Wakimuunga Mkono, Swalilangu, Kwakua Ameonekana Nahatia Yakuikiuka Katiba Yanchi Jumuhia Ya Nchi Za Ulaya, Africa, Na Africa Mashariki Kwanini Wasimkamate Nakumtia Hatiani Badala Ya Viongozi Kumtazama Kwamacho Huku Akiendelea Kumwaga Damu Isiyo Nahatia? I C C Inafanyanini Jamani?

  • NIBAHUNGE BAHENGERE TUGITUNGANIJE BAZENGO BAJEGUTWARA NTITUZOBEMERERA.

  • Yari yatevye ahubwo. Nibaze bariyerekana muri iki gihe co kugosora. Utashe mu bawe ntaco uhunze

  • YEMWEBENEWACU IGIHUGUTUGIHEUMUNTU ATACIYE.MUGISODA NIHOTWOBANAMAHORO JE.NDABAHANURA. BIRABASHA.ABABAGABO NABICANYIGUSA

  • KUBA YAHUNZE NI INTUMBERO YIWE ARIKO AMENYE NEZA KO YAVUKIYE IBURUNDI.URIBAZA UMUNTU NKURYA AKORA IVYO?YEMWE INDA NI MBI.YEMEYE AMAFRANGA KUGIRA AJ GUTA UBURUNDI MUKAGA?ARIKO YIBUKE KO ABARUNDI TWESE TUZINDUKIRA MUMATORA.

  • NONE KO CNDD-FDD ISIGAYEMWO IMPEHE NSA UBWO UMUGAMBWE USIGAYE HEHE KO INCABWENGE ZABAHEZEKO??? IMANA IRAHORA IHOZE!!! IGIHE BAMANYAGURA IYINDI MIGAMBWE BIBAZA NGO NTIBAZOSHIKIGWA.

  • Mana tabara abarundi n’uburundi, kuko abo bategetsi bahunga barazi ikiri inyuma y’ayo matora

  • IVYOYAVUZENIVYOARIKONAVUNIRE AKAGOHE ABANDIBAGENZIWE NABARUNDI KUBIRIKO BIVUGWA NATWE DUKUREMEZA PRESIDENT ACISIGARANEMWO KANDITURASHIKIYE UWOWESE ABONAKO INTWARO ZIGISHA AMACAKUBIRI ZOHAVA

  • IVYOYAVUZENIVYOARIKONAVUNIRE AKAGOHE ABANDIBAGENZIWE NABARUNDI KUBIRIKO BIVUGWA NATWE DUKUREMEZA PRESIDENT ACISIGARANEMWO KANDITURASHIKIYE UWOWESE ABONAKO INTWARO ZIGISHA AMACAKUBIRI ZOHAVA

  • nimukoreshe.kwizera.imana.yatanze.vyose.

  • Mbega kwahunze manda yiwe yaheze.nagende nakare yari umuvyonzi mu bandi.ntibitangaje nakare afise ubwenegihugu bwabanyamahanga.

  • ko batubesha ngo baradukunda none yahunganye bangahe? abarundi turakwiye guca ubwenge. birababaje kubona umuntu twari tuzi ko ari uwijunja akora nk’ivyo. nangwa uhoraho aratubona

  • nagende n.abandi barinyuma

  • Komera mutama urikuye mu buja bwa nkurumbi uru mugabo wijunja pe!

  • Mutama ko bamuhezeko?Nawene azohava ahunga?Ko adolfe we ko atagenda?Hagenda intungane

  • IVY’AVUZE KAMATORAYOKWIGIZWA INYUMA NISAWA ARIKO NAVUNIRE AKAGOHE BAGENZIWE NA BARUNDI BOSE KUKO HARINKURUMBIGUSA ZINYURAGIRANWA.TUMUBISIRE ATWARE IMBONEKUREZIWE YIGISHIJE AMACAKUBIRI .HARAGEZE KOTWIKURA AMAKUBIRI

  • Niyihungire we nuko yaronse ahaca nitwe tuhagorewe tutagira visa ahubwo mushishikare kutuvugira mumakungu badukureko iyi ntwaro yigikenye ya dd

  • Hahahaha,umunyakibi Ahunga Atawumwirukanye

  • Hahahaha,umunyakibi Ahunga Atawumwirukanye

  • Ntakundi niwigumye ubuzima bw’ubuhungiro buragoye.Ntawutagira ubwoba abandi ngo hagupfa ubu ngo wozopfa ejo.Imana ikuzigamane n’impunzi zose, hamwe natwe twagumye i bujumbura.KANDI IMANA IRATUBONA IBIBIHE BIZOSHIRA.

  • WEHOWA?WAHUNZEMBEGA’?TWEBWEDUSIGAYEIBURUNDI-UBONABIMEZEGUTE?

  • karibu iwacu ibulayi.hama abarundi mumenyeko twebwe twamaze kuronka double nationalit aruko tumeze mwicana muticana birabaraba!

  • abasenga dukumeze gusenga

  • Non ntiyujuj amaher abony ari meshi nagend nakar ntaco yaramariy abahutu kand nuko bafis aho bahungir ahubwo bahutu ntibafatana munda urazi ukungen abatutsi ejo haragez dutor abasara bar

  • Mubanze mwicane ni murangiza tuzogaruka gutegeka abazoba basigaye!!

  • NTABITANGAJE BIRIMWO ,ARIKO ARADUHA UMUCO KUGITUMYE AHUNGA BENO KUVYEREKE MANDA YA 3 ICO ABIVUGAKO .

  • mbega basha igitangaje ni ikihe,harya mwavuga suisse twebwe abamuzi twari tuzi ko azoza mu bubiligi niho afise nationalité,ahubwo uyo ni kavakure ari mu bu suisse nawe turindire ivyo atuyagira,peter nibaza ko dans l’avenir azomenya abo bakorana,bari harya nyene mu burundi,baraye rubunda hamwe na we,abaturubitswe apana abagiye batazi nigituma bagiye,mbe nkabo baba bafise abagore b’abanyamahanga ubundiho bari gufasha iki,abo bagore babo est ce que barazi ivyo abarundi twaciyemwo ngo babagarure canke babahanure,ndagusavye ntuuuu,nibatware nayo aramaze ariko azohera ayazanye i bulaya,nizere ko asize ama hoteli n’amazu tuzofata..

  • Emwe uwuzoramba azobona.none abarundi tugire dute none navo nabarwanya reta ya nkurunziza?

  • none yahunze iki?kandi muvugango amahoro ariho!! vyongeye haguma hahunga abohejuru nikuberiki?nimutubwire neza natwe?

  • GENDA ARIKO UBWIRD ABAGENZI MWAKORANYE KO AMARASO AGIYE KUZOMENEKA KO BAZOYABAZWA.RABA NAMWE OPOSITION IVYO YAVUZE NGIVYO BIRATANGUY GUSERUKA.UGIRA PIYO NTIYARI UMU CNT.

  • Ariko Mana Tabara Uburundi.Kuki Cndd.Fdd Na Nkurunziza Bahisemwo Akajagari Mu Gukoresha Amatora Ku Nguvu, Mu Kajagari?Abo Benewacu Barangiriye Mu Makungu,bariko Barara Rubunda,ubwo Bo Ntibari Bakwije Ibisabwa Vyo Kuja Gutora?Reka Turabe Ico Vyose Bigamije, Burira Ntibushika Ku Mpeshi,uwuzoramba Azobona.

  • Komera mutama urerekany kudatamikwa ijambo,abasigay herode inyuma ya herode n’ibijuju vyonyen,aho babesha ngo n’abatutsi barko babaja mumutw,nind atazi ubwen?aho babesha abarundi kuva 2005 sibo batwara,hishw abahutu bangana ik?vital bangirimana,adolphe, kazungu,ndakugarika, boba ari abatutsi?murahenda ibijuj nayotweho twarabahinyuy

  • Emwe Biragoye.Harinze Hahunga Abantu Nkabo! Harakantu Ba Nyarucari.Ahobigoreye Ngo Nuwuatazoja Gutora Ngwazokurikinwa. Imana Igarukire Abarundi.Barahanzwe.

  • NONE AYOMATORA AZOHEZA YEMERWENABANDE?EWEBURUNDI URAKOMEREWE?MANA DUTABARE!

  • Turavy Mur Leta Ya Nkurunziza Igihagararo Ca Bahunze igihugu kubera bazira mandat ya 3 nabasigay mugihugu peter ntaco yanze!impera n imperuka ukuri kuzoj ahabona.

  • nivyo ntiyabeshe nibayigize inyuma kandi arakabona yihumgiye

  • none ko hatabivugiye ngaha akabivugira inyuma yigihugu nanakimwe hadufadhije,kuko siwe wambere avuze yagiye ,jw mbona yuko iyo habivugira ngaha niho vyarikugira hagaciro.iryo nigere ryanyuma ateye.

  • abarundi wagira ngo na bo ntibazi icyo barwanira!!ikibazo ni mandat ya gatatu ou bien ni itariki yo gutora!!abapfuye se basabaga itariki y’amatora cyangwa!!!ubundi se abo bemeje ko nkurunziza yongera kwiyamamaza nibo ntandaro y’ibibazo by’uburundi,nkurunziza nta kosa afite kuko akora ibyo yaherewe uburenganzira!!abo bose bari guhunga nibo babazambirije,bari guhunga kuko nta myanya bemerewe,imyiyerekano muyitangiza uwamaganye nkurunziza ni inde!!ntibakabahende ubwenge ngo mwemere ,bajya iyo bigiye!!!

  • Ntamatora agiye kuba ahubwo nkurunziza atanguje intambara yiwe niyabene gihugu. kandi azotsindwa.

  • Bareke bagende ikivunga.ikibi nuko bagenda badusagase.amatora yo tugira tuyatangure.ibisigaye uwuzorukarisha........

  • Sindavyemera ntabonye Nkurunziza na Adolph nabo bahunze! Reka nkomeze gusenga gusa! Uburundi singenda ndaburekeye intwaro y’abadayimoni, aribo ba DD! Nibaveko bagende! Have vako! Abarundi dukeneye amahoro, ntimudutwara mutujana i kuzimu,ni mwijane mwenyene! Nshima ababihinyuye kare bakaba bariko barava inyuma y’ibinyoma. Barundi mwese mukunda amahoro, mukijijwe, mumfashe tubwire intwaro y’igitugu duti: temba uragatemba mw’izina rya Yesu Kristo, amen!

  • Kagame komutamuvuga atweye imyaka20

  • TUBONYE IVYO YAVUZE YARARENGEWE MWISI YOSE ABAGABO BAMEZE NKA PIYO YATOJE AMATEGEKO YAGACINYIZO NAWE AZOBAZWA

  • non ko ibihangang mur cndd-fdd bos bagum bahung aho peter wew ntabwob afis?arakib nez ntazosang asigay wenyen na adolph yomots.natw tugum tugum duseng.hagat y’Imana na satan tuzorab igitsinda

  • NAGENDE KUDETAKOYAMWANKIYE YUREBANKAWE UBONAWOBA PEREZIDA ?

  • Iyo ntwari niyigire hanyuma igende iganire nagakungu adufasha kugir bagume badufashe mumugongo kugira twikureko NKURUNZIZA.Intwari zose IMANA izizigame.

  • Niwigir urumugabo!inyuma ya vyose iciza kizotsinda ikibi knd umuco uzotsind umwijima.

  • PIYO UREREKANYE UBUSHINGANTEHE URAGAHEZAGIGWA NIMANA WASEGUTAIGIHUGU MUMANGA NIMWEDUFISE UGARUKA UCEWI TOWIZA UYOBORE IGIHUGU URUMUGABO PE.

  • Mushingantahe canke niba uri umugabo Piyo, nivyo urerekanya aho uhagaze ariko ndafise vyinshi ndakugayako. Inyuma y’aho uhereje guherekeza cndd mu manyanga imyaka cumi yose ubu niho ubonye ko bakora nabi? Uko nivyo ni gukunda abarundi? Canke nuko wabonye igiti wahora wegamiye kigiye guhenuka? Uribuka ukoranije inama nshingamateka mu makosa menshi mugasubiriza ba bapfasoni b’intungane ukemera bagashiramwo amajwi y’abari ku mpfiro mu Rwanda? ivyo bakoze vyose warabashigikiye none kubera ikiringo cawe caheze uratanze imihoho. Mbe aho bica abahutu bakabashira muri ruvubu siho wari? Aho imbonerakure zaja congo kwiga ivya gisirikare sihi wari? Wavuze iku? Twari tuzi ki mwe na 2eme vici président muri ibirage. Have ni mugende intsizi simwe mwayirondeye ni abanyagihugu. Mwarakoze cane

  • NIYIHUNGIRE IYONTUNGANE KUGIRA NTAHASIGE UBUZIMA UBONAKO IVYUBU NIYIHUNGIRE IYONTUNGANE KUGIRA NTAHASIGE UBUZIMA UBONAKO IVYUBU BIGOYE

  • Ako nagahimbo kabi kamwibagije iyo ubutegetsi buva. Saho atariye ibitarika igihe twahabuza Démocratie. Aze yibuke kwigarura asabe ikigongwe intagoheka ziguze urugamba. Bagenda namaguru nawe arasumye iciye yisubirira iyo yarari. Ndababaye cane.

  • ku mashure 3 yiw ngira niw aca ayirongora Anglebert, GIHAHE naw kur 4ème année abe icegera c!umukuru w’igihugu ,sibo ben ijambo !

  • ntiyahunze! haruwuhunga atwara frais de mission? ordre de mission? barindiriye gusahura igihugu hanyuma bisubirire i wabo belgique erega si rufyikiri si pion bose bafise nationalité belge. ko batahunze bacemeje mandat ya Peter? barindiriye gusiga bogeje frais d’intendance n’imishahara yaya mezi. pion était traitre depuis, yahereye kumuryango wuwamukuye mububirigi gushika no kubanyagihu bari bamutoye ngwabaserukire. nagende; ntavyohanyuma nabonye!

  • mbe abamufasha ko bamuhezeko iyo vide constitutionel ayisigura gute?ni inkinamico ibiriko biraba mu Burundi.nibigire abaronse aho baca.

  • MUBISANZW GUHUNG NUBURENGANZIR BWUMUNT KAND NDIBAZ NTAHUNGA UBUSA AFIS IGTUMA AHANGU.

  • ABARUNDI BARANYOTEWE AMAHORO NTAKWEGEZA AMATORA INYUMA ABO BAFISE ICO BASHAKA .NDI MBAZUMUTIMA IGATSINDA

  • UBU TWARABAMENYE AHUBWO NAGENDE ABANDI BARONKE AKAZ

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.