IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Muyinga iza mu kibanza ca mbere mu manota y’ukinjira mu mashure (...)

Muyinga iza mu kibanza ca mbere mu manota y’ukinjira mu mashure yisumbuye

jeudi 31 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abanyeshure b’iyo ntara ya Muyinga iza kw’isonga ku rutonde rw’imfatakibanza batoye ico kibazo ku bice 78,53 kw’ijana, bagakurikirwa intara ya Cibitoke yatoye ico kibazo ku bice 77,81.

Intara ya nyuma kuri urwo rutonde ni Muramvya yatoye ico kibazo ku bice 52,92.

Igisagara ca Bujumbura kiza mu kibanza ca 13 mu ntara 18 zigize igihugu c’Uburundi, abanyeshure bo mu gisagara ca Bujumbura bakaba batoye ico kibazo ku bice 63,85.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.