IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Urwanda rugiye kwakira abimukira 30.000 bavuye muri Libiya

Urwanda rugiye kwakira abimukira 30.000 bavuye muri Libiya

jeudi 23 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

"Dufatiye kuri poritike y’Urwanda uko itunganije, tukihweza na kahise kacu, ntitwohora kuri ayo mabi yo kugurisha abantu nk’ibitungwa ariko arakorerwa mu gihugu ca Libiya.", ivyo ni ivyashikirijwe n’umushikiranganji w’imigenderanire mu Rwanda, Louise Mushikiwabo.

Igihugu c’Urwanda kibaye ica mbere citavye akamo ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ryateye ibihugu vyo mu karere ka Afrika ko vyofashwa mu kwakira abo bimukira.

Igihugu c’Urwanda kikaba cemeye kwakira abimukira bagera ku bihumbi mirongo itatu (30.000 migrants) bavuye mu gihugu ca Libiya.


Huguette NKURUNZIZA

Messages

  • oooooohhhhh bahora babivuga ko ntakurongora igihuku utize nkaharira nkavuga ngo ubwenge buva kumana ariko ndavyemeye kweli kagame ubwenge bwiwe buracuritse impunzi ziri muri islael uzizane murwanda???? zagiye islael zidafise ibihugu zivamwo? zidafise imiryango? zimwe zimwe ziva mubihugu vya africa biteye imbere gusumba urwanda uretse ko zagiye kurondera ama dollars.kandi zishaka iburayi ntizishaka murwanda cankwe iburundi ego namba yabonye mumpuzi harimwo kashi akorane na libya badandaze abantu ariko ntamaramaze africa mashariki. murakoze imana ibahe umugisha.

  • @Niyobuhungiro Dieudonné uri inkandagirabitabo kweli,uratinyuka ukavuga Nyakubahwa Paul Kagamé gurtyo?ngo ntiyize?umuzi bingana iki wa mbonerakure we?shame on you

  • @Hicuburundi
    Yize iki ga wa kivagundu we?
    Izo mpunzi ubona ko zishobora guhungira imvura mu muvo?
    Nibaza ko abo bantu bopfuma bemera kugurwa n’abuzukuru ba Rumaliza aho kuza mu Rwanda!

  • Dieudone ko uri mwene sebarundi urondera iki i Rwanda none se Kagame uramuzi uzobaze na bakuru bawe wirukanye bameze neza cane i Rwanda, raba ibyo i Burundi usibe ibyi Rwanda kuko uzorohama mu magambo usigura mugabo

  • @Amahinyu!imbonerakure murantwenza,uzobaze abazi neza amateka ya Nyakubahwa Paul Kagamé,ndakumenyesha ko muri 1990 yagiye k’urugamba avuye kwiga muri USA,arangije afata igihugu,guhera umwaka uza azoba arongoye UA,umutandukanye n’uwino yize Sport no kwica akaba nta na nyumbakumi yigeze afata akaba agiye kubazwa na CPI amabi yakoreye abarundi

  • Wewe wiyita Amahinyu,kurugutura ayo matwi yawe ndakubarire,ntuzosubire gurtyoza indongozi y’u Rwanda n’umunsi wa rimwe utazokubitwa nico utazi,na shobuja Peter ntiyokugara n’amarase y’ibirato vyiwe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.