IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > France : Umwigeme yirukanywe kw’ishure kuko yambaye ijipo ndende

France : Umwigeme yirukanywe kw’ishure kuko yambaye ijipo ndende

jeudi 30 Ndamukiza 2015, par IGIHE

Mu gihugu c’Ubufaransa hari umwana w’ umwigeme ari mw’idini rya Islamu yirukanywe kw’ishure kuko yari yambaye ijipo ndende, akaba yagirijwe kutubahiriza abandi.

Abarongoye iryo shure bakaba bamwirukanye kuko hari itegeko rikaze ribuza ko mu mashure abanyeshure berekana amadini barimwo ni vyo bizera.
Uwo mwigeme yirukanywe akaba afise imyaka 15, avuga ko yarazi ko yubahirije amategeko mu gukura vya bitambara vyo mu mutwe bugingo yaragomba kwinjira mu bigo vy’ishure , ariko ko atarazi ko iyo jipo yiwe igera ku birenge , nayo ibuzwa nayo mategeko.

Bamwe mu barongoye amashure yaho mu bufaransa yemeza ko mu kwambara impuzu ndende baba bariko birengagiza amategeko yo kuterekana idini umuntu asengeramwio.


Floxella Karire

Messages

  • Je numva bamurenganije ariko kwari abafarasa ntakundi ngira bafise ukundi babitahura!

  • AHUBWO UWOMWARIMU NUMUSAZI VYABONESTEHE AGOMBA BABAKAFIRI AZARABA UBWIZA UGIRA NIWE YASHINZE IDYOTEGEKO AHUBWO SUMUREZI NUMUSAMBANYI AFIRIKA YOSI TANZANIYA KO BAMBARA UKONYENE ASHAKA ABAMBARA MUKONDA UTI ?CANKE UBUMINI?BIBIRIYA IVUGA ATI ZINA MUGORE CANKE UMIGEME KOYITWIKIRA ABIKORINTO 11:10:10:5 NAROME UWO UWO ANDASOMA BIBIRIYA YARI ALLI BASHLE

  • Wemeye Kuja Kwishure Wemera Kwubahiriza Amategeko Agenga Iryo Shure Non Kwambar Ijipo Ndende Nivyo Biranga Ubukirisu Bwiwe Emwe Ubukirisu Sishapure Ariko Kandi Nabo Bayoboye Iryo Shure Ntibabe Bashimishwa Nabamwe Bagenda Barahenera Abant Babakoresh Ivyaha Vyo Kwifuza Ubugwaneza Bwacu Bumenywe N Abantu Bose Kuko Umwami Wacu Ari Hafi

  • JE NAGIRA NGO BIPFVZA ABANA BAREZWE NEZA.BAGOMBA BAMWE BEREKANA IVYO BAMBARIYE?EMWE KIGOWE COSE!!!

  • jewe nibazako atarakwiye kwirukanwa kuko yariyekanye indero nziza itamenyere mukobwa bubu

  • umwana niyarenganijw kuk nico "norme de societe" ihabera uwuyenz yitwa umunyamakosa

  • mbegayemwe ubwosubugesera bagomba abagenda amenya jewe mbona ico kibondo cahowe ubusa

  • Cyprien.burundi

  • kubijanye nimico y’IBurundi ntamakosa yarafise.ariko kubera iwabo vyari bihari,bari kuraba réglements scolaire igihano akwiye ariko ko atavyo yarazi,bari kumugirira ikigongwe

  • kubijanye nimico y’IBurundi ntamakosa yarafise.ariko kubera iwabo vyari bihari,bari kuraba réglements scolaire igihano akwiye ariko ko atavyo yarazi,bari kumugirira ikigongwe

  • Uwo Mwigem Baramurenganij Can Usanga Ari Bamwe Bakunda Abagenda Gusa Ahubwo Bose Bari Bakwiye Kwambar Ndek Ngr Nubumaray Bwohera

  • Uwo Mwigem Baramurenganij Can Usanga Ari Bamwe Bakunda Abagenda Gusa Ahubwo Bose Bari Bakwiye Kwambar Ndek Ngr Nubumaray Bwohera

  • n ukwihangana kabisa kur uwo mwigeme.kiretseko mu mico myiza kwambara ukikwiza ar ivy agaciro,yahanyw n itegeko.bisigurako mu gushira mu ngiro amategeko ntabisentiment bijamwo.n Imana n ikw izokora,ntizoraba ngo wubahirij vyinshi.ahubwo n ico wakoze mu kutamenya nac uzokizira.twitwararike rero kumenya amategeko y ikint carico cose kugira ntidusange twahanywe n itegko naho twoba tutarizi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.