IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ibitabu vy’abigisha bo mu mwaka w’7 vyarategekanijwe

Ibitabu vy’abigisha bo mu mwaka w’7 vyarategekanijwe

samedi 7 Nyakanga 2013

Mu rugendo umushikiranganji w’inyigisho mu mashure matomato n’ayisumbuye yagize ahasanzwe hakorerwa ibitabu vy’inyigisho zo muri ayo mashure, muri RPP, yariboneye ko ibitabu vyo mu mwaka w’indwi vyabonetse na rirya hasigaye iminsi mike ishure nshingiro rigatangura.

Umushikiranganji Rose Gahiru akaba yabonye ko ibitabo 5 kuri 8 arivyo bimaze kuboneka. Rosa Gahiru amenesha ko ivyo bitabu bisigaye bizoba vyarangiye ku munsi iwa 2 w indwi iza ,nk’uko bivugwa Pascal Ndayishimiye, umuyobozi bw’ico kigo kijejwe gukora ivyo bitabu.

Umushikiranganji Gahiru akaba yasavye aho hose bataraheza kwubaka amashure, agize ibirasi vyo mu mwaka 7, yuko bokwitunganya mu gukoresha ibirasi hamwe n’intebe zitarakoreshwa imbere yuko ivyo birasi bitarahera mu kurindira ko ibirasi bindi biboneka, bakabishiramwo ibikenewe vyose yaba intebe ,ibitabo, n’ibindi bikenewe mu nyigisho zihabwa aban.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.