Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ijambo ry’Umukuru w’Igihugu ku Cibutso c’Ubumwe, itariki 5 Ruhuhuma 2015 (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ibikorwa vyabaye > Ijambo ry’Umukuru w’Igihugu ku Cibutso c’Ubumwe, itariki 5 Ruhuhuma 2015 (...)

Ijambo ry’Umukuru w’Igihugu ku Cibutso c’Ubumwe, itariki 5 Ruhuhuma 2015 (Audio)

vendredi 6 Ruhuhuma 2015, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • Aragapfa atavuze umuntu ariko adivisa abantu ngo numukuru w’igihugu yarushe nabise abandi aho tugeze ubu abahutu nibo bamerewe nabi gusumba abatutsi ewe gihugu cacu nokurio kigeze aho umwansi ashaka, ntakandi kibinywamaraso .

  • uworaba ukomwambaye yokwibaza murabantu kumbe muribisizimwe

  • ooh manzi urarengej kweli naho woba ubanka.Jew ivyo yavuze biragara mwosoma kuri http://www.misicidvh.org/
    http://misicidvh.org/pic.php?article13 Abarundi murazi kwiyerekana ko muri beza mukwihisha mumvugo ariko inyuma hari ibinyegezwa.Harambe umukuru w’igihugu n’abarundi bo benegihu.Hiyamirizwe amacakubiri mumpande zose duherey kunzego zigihugu, zumutekano, zubutungane kugeza kubarongoye SOCIETE CIVILE mu Burundi.

  • Jewe sinzikomeze nkabandi, iyo prezida Nkurunziza avuze ndahezagirwacane nkumva umunezero urande.

  • ntacumaze uwokubona yogira kuri ntungane kubona abenegihugu batagira umuyaga nkuba .birirwa barafatwa mukanigo ngobarihe ikori, uzo tunganya igihugu gute abanyagisagara bata gira iyo baca kandi uba mugisagara .ntasoni ga Mr nkuru ushaka bakongere mandat yagatatu ubandanye kutwicisha umwiza turabanyagisagara genda ushime nutwo ivyo wonony biramaze .ubuho ntamuyagankuba dufise .kuva 2005

  • ubwo bumwe bwa barundi bugandagura ingenzi bumeze gute aho uwo arimbere ntazi canke ntakingiira abagandaguye bababikira imana irabitegereza igatangara kubona bitwa ngo baremye mwishusho yayo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.