IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ibikorwa vyabaye > Uruganda ku bategetsi n’umukuru w’igihugu (Amafoto)

Uruganda ku bategetsi n’umukuru w’igihugu (Amafoto)

samedi 27 Kigarama 2014

Seminaire des Leaders animé par SE le Président Nkurunziza ( Ngozi 27 12 2014)

IGIHE

Messages

  • Mbeg’ibintuvyiza!!! Nukuri turabakunda.

  • Inama nkizo zirakenewe, ariko ntizikwiye kuba nyinshi kuko zitwara amafaranga menshi ya Leta, n’ukuvuga amahera Abanyagihugu babiriye akuya.Abo bategetsi barashajije koko, gusa kimwe kitandyoheye nuko mbona bandikira ku mavi yabo!!! Kandi Uburundi bwaratanguye gucukura ibuye rya nickel !!! Coltan, or... biriho mu Burundi, eka na za petrol mu Gatumba( Buja- Rural), none abategetsi barokwandikira ku mavi gushika ryari? Ubu igitoro cataye igiciro ku masoko mpuzamakungu, ibindii bihugu bitwarwa na les" bons pères de famille", ibigega vyavyo vyatanguye kubomboka. Uburundi gute?

  • Nkurunziza! urakwiye kudutomorera izina ry’ikimana upfukamira! ntushobora kwiyita umusavyi w’Imana kuko Imana ntiyica, ntiyangaza abantu, ntirya ibiturire, ntirenganya,.... ukwiye rero kutubwira iyo mana yawe tukayirwanya tuyiviriye hasi kuko ni ihasa rya shetani. Ikimana usenga waragikwegeyeko abandi bononyi beeeenshi mukorana amabi atavugwa. Abo bagukikije harabuzemwo uwogukebura kuko mwese mwatawe n’umwina w’amaronko. Igarure kuko Imana ni Inyakigongwe kandi ugaruke n’umutima wawe wose. Imana ntihendwa. Niwayifadikanya n’ikimana canke ibimana wunamira, Izosokora yigire usigare ujunje imbere y’ivyo bimana wahisemwo gukorera!

  • Ewe barundi murababaje mutwagwa nki bwa !arabakoranya mwese akabajana gusenga aba isilamu ,catilika,agrikani,jehova,abatemera etc wenyene be numugore wiwe bakabasegesha ??nkurunziza yibereye imana muburundi???ariko aribaza ko aramahera yabayanyagihugu ???? Mbega aribaza ko ari kwisi ncanke??amahera arasaza kuwakuze agowe??37milliard ariwe wenyene ??miniteri,yuburimyi 9milliard ariko urumva akamaramaza

  • Ahubwo wewe wijita so iyo ubajamwo naho kuvuga ko ubakunda ntaco bimaze iyo ubajamwo ukabafasha hiiiiiiiii

  • Nonega Ndiho Jonas, harihumuntu natutse!!!? Nonekuba ntabagiyemwo vyobuza kondabakunda? Jewe mbonamengo mumajambonanditse ntamuntu nabangamiye?

  • Jewe nkurunziza ndumuhutu kandi imana,irankunda kurusha abandi bahutu bose nijewe jenyene imana yabahaye,kugira,ndabasengerenongere ndabarongore kuberivyo imana yampaye il fout komukora gose mukazana ishikanwa et itagisi kugira mpage ncedabasengera muzonje mwijuru !!imana yambariye ko jewe ndiye namwe muba,muriye ??imana izobahera mwijuru mwebahutu

  • Ngo Imana uyihenda amashengesho ikaguhenda inyushu.Muzobamenyera kuvyo bama.

  • Umvarero kwakwihenda kurimubantubamwe mubarundi, Nkurunziza ntabwari prezida wubwoko bumwe bwabahutu nkuko uwoyiyise Nwari imvugoyiwe ibivuga, kandi umuntuyumvirijeneza imvugo yuwo Nwari irashobora kuba yumuhutu,umututsi, cankumutwa, ariko uyu Nwari numututsi umweyiyemeje kuzokwama yanks urunuka umuhutu kandi yamazekwishiramwoko abahutu arabantu borosheguhenda,kukurikiranyeneza ibibintu avuze yashatse ngwashushe imitwe yabahutu ngomazebose bavugengo turashaka kuba umukuruwigihugu nacanecane abobasangiye umugambwe Nwari nokubwirako ivyotuzovyigishe muri CNDDFDD ahubwonogusaba kwihuta ukaja kwa Agathon niwe muhutu nabonye avugako hakoyova kubukuru bwumugambwe FNL yopfumayankana naba FNL bose agakorana nivyaduka bihendanisha imvugogusa. Mbegawaruziko CNDDFDD ukwupanze kwarinkukwo UPRONA Ya Rwagasore yariyayipanze, umva ukoyariyayipanze, yarawutunganijeneza kugezanaho amokoyose agize abarundi bawiyumvamwo, ariko kubera abahutu muburundi baribeshi vyatumyebababeshi mumuganbwe UPRONA ariko kubera ivyiyumviro vyabamwe birwaye nkivyo vya Nwari vyaratumye habamwo muri UPRONA abacinyiza abandi birononekara cane. CNDDFDD reronayo ukoyatanguye nukwimeze uyumusi numuganbwe ukunzwe namokoyose yabarundi, arikobasesanguyoze ntibasiba gushaka Ko bobononera nacanecane bagashaka kubwira abahutu Ko bokwanka abatutsi ivyorero vyogushaka kwankanishabahutu nabatutsi barimuri CNDDFDD birakorwa nabatutsi nkababa Nwari bikongera bigakorwa nabahutu bambebamwe. Kugiruzovyibonere urazoreba abatutsi bataramutswa iyi leta ya Nkurunziza nabahututu baranka urunuka uyumushikiranganyi wintwaro yohagati mugihugu Nduwimana, Kuribo ntanakimwe ciza yigeze akora kuvashinzwe ayamabanga, muriyantumbero yokugirabonone umugambwe ngobawushifemwo irdyane nkukovyagenze kumugambwe UPRONA inyuma yogandagurwa rya Rwagasore, usanga bamwenabandi bavugango umushikiranganji Nduwimana ngwarimwo arashaka kwonona iyintwaro ya CNDDFDD! Ubworero iyo aba CNDDFDD bataba bajebaziko hazobabo basesankuyoze bababaratanguye kurobanura nkuko UPRONA yumviye basesankuyoze igatangurakurobanura bamwenabandi bikagerigihe umugambwe usivarawitwa uwabatutsi ariko twebwe abakurambere twiboneye uko Rwagasore yariyawuteguye waru.ugambwe wokwitaho hi,tu,tw, mukwiga noguhabwa akazi, etc.

  • Imana uyihenda k’uyikunda nayo ikaguhenda ko iguhezagiye. Ariko koko ivyo Peter akora mubona bihezagiye? Amarorerwa akora mu Bururindi, ngira na shetani ntiyoyiyumvira. Nareke gutesha umwanya abategetsi bose b’igihugu, ngo ariko arasenga. Twaramuhinyuye.

  • Girbart, ivyuvuze jewentivyontangaza igihe Yezu yadugamwijuru ngahakw’Isi ntamahoro yahasigaye ahubwo havyutse akarenganyo mwisengero bica uwarumugororotsi Stephano ariko nkuko ubona uvuga ivyovyose kuri perezida Nkurunziza ntaheze ngwagusubize cankengwagutuke, Stephano nawerero baramubesheye ngoyatutse aherah’Imana ngoyongera akuraho nimigenzo ya Mose arikonubwobamubesheye akokagene wewe ntiyabatutse ahubwoyabasabiye Ku Mana ati Mana ntubaharurekw’icaha. Kurivyovyoserero wavuze kuri Nkurunziza wewe arakomeza kukwifuriza kubumunyagihugu umurundi utarangwa nivyovyiyumviro bimezenkivyo wavuze kandiyarabivuzeko Imana ariyocabona.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.