IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Makamba: Yegereyegere y’abigisha bo kw’ishure ry’isumbuye rya komine (...)

Makamba: Yegereyegere y’abigisha bo kw’ishure ry’isumbuye rya komine Maresi

vendredi 19 Ndamukiza 2013

Abigisha bo kwishure rya Maresi bahagaritse ivyirwa kuva kuri uyu wa kane igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2013.Bagiriza umuyobozi kuba yarasahuye ubutunzi bw’ishure.

Ubuyobozi bw’indero mu ntara ya Makamba busaba uwurongoye iryo shure ko yoriha mumaguru yavu ba amafaranga yose yagirizwa.Ubu aho ibintu bigeze ,abigisha bavuga ko batazotanga amanota ico kibazo kita vuye munzira.

Mwene izo ngorane zirakunda kwibonekeza aho abayobozi bamwe bamwe bamaze gutungwa agatoke kuba barasahuye amatunga y’ibigo barongoye,hari abari mu busho kubera bagiriwe n’ivyaha nkivyo.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.