IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ibidukikije > Bururi : Umuyobozi w’ibibanza bikingiwe yahawe agashimwe n’ibanki (...)

Bururi : Umuyobozi w’ibibanza bikingiwe yahawe agashimwe n’ibanki y’isi

mardi 19 juin 2018

Léonidas NZIGIYIMPA yahawe ako gashimwe katanzwe n’ibanki y’isi, kuwa kane igenekerezo rya 14 Ruheshi 2018, kuri kaminuza Georges Washington mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Uwo muyobozi yahawe ako gashimwe kubera kandi igikorwa yakoze mu gufasha abatwa abaha akazi muri ico kibanza, ivyatumye abo batwa bashobora kwigurira amatongo bubakamwo, mu gihe basanzwe bari mu bafise ikibazo c’uburaro.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.