IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Makamba : Umukuru w’igihugu yuguruye insamirizi nshasha Aigle Sport (...)

Makamba : Umukuru w’igihugu yuguruye insamirizi nshasha Aigle Sport FM

jeudi 26 octobre 2017

Iyo nsamirizi Aigle Sport FM ikorera mu ntara ya Makamba ni uy’umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi, umukenguzamateka Reverien NDIKURIYO asanzwe avuka mu ntara ya Makamba.

Insamirizi Aigle Sport FM ivugira ku murwa mukuru w’intara ya Makamba ku murongo wa 88.0 Mhz.

Insamirizi Aigle Sport FM ibaye insamirizi igira indwi yuguruwe ikorera mu ntara zo hagati mu gihugu.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.