IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Miley Cyrus yarengeje mu kwambara ubusa: Photos&Videos

Miley Cyrus yarengeje mu kwambara ubusa: Photos&Videos

vendredi 15 Rusama 2015

Umuririmvyikazi Miley Cyrus yahavuye ararenza mu kugenda ari gusa(kwambara ubusa) naho yari amenyerewe mu bakobwa b’i Buraya na Reta Zunze Ubumwe za Amerika. Hari mu giteramo ca Adult Swim Upfront Party.

Uwo mukobwa w’imyaka 22 yagiye kuremesha igiteramo ca Adult Swim Upfront Party cabereye ahitwa Terminal 5 i New. Yagiye yambaye nk’inyugunyugu, ariko igice co hejuru yambaye izuba, eka n’ipantalo yera yari ibonerana nkaho yari uko yaremwe.

Raba Video aha munsi

Cherif Nkeshimana

Messages

  • Mbe ubushirasoni bugeze hiyo? ariko ntibitangaje mu gihetuzi ko Satani atera yongeza amakari kuko azi ko igihe ciwe kigiye kurangira. Nta nkeka uyo muririmvyikazi yarataye ibanga ry’abigeme n’ubuntu muriwe. Biragaragara ko asigaye yiganziwe n’umwiza yatewe na Satani hanyuma babashiki bacu nabo ntavuze baca bagira copier coller ngo ni mode ngo ni ibigezweho. Nta caha gishasha kandi uwezwa nabandanye yezwe uwandura nabandanye yandure kuko inzira ni imwe muri izo. Abakorerera satani bashishikara kuba benshi n’abizera Imana nabo batera biyongera abandi bakabivamwo ariko umuhigwe n’uwubigumamwo gushitsa iherezo niwe abikiwe impera.

    Utwo ni udu satanistes dukomeye Imana ibaharire kuko batazi uwo bakorerera ko ari umwicanyi ata mpera yiwe. Dusabe ko ibintu nk’ivyo bitoboneka mu gihugu cacu eka n’ahandi.

  • Mwotwereka,ingene,amezekugera,ubucanke,ingenexakuz

  • Je mbona ata a petit gatera karashisha ako je sinokurira nkendamama

  • Uwo mwigem yagirishij igiteramo arigusa iyongendo siyo nkatwebw ugwaruk aratwica

  • Abo Barimuribenshi Bateye Umumvumo Insi

  • ISI IGEZEKUSOZO DUSABEIMANA ITARADUHANA

  • Abaraho we ntaco bamuvuzeko bakamukura kuri sene

  • EMWE NAGIRECANKAREKE,NIVYISI BIMARAKANYAGATO, ARIKO HAGOW ABOBANTU BAJAMURIVYOBITERAMOVYAYOMASHETANINGONABANTU IMANIBASHASHE

  • Ahubwo Arasara Abona Yotera Umunoho Nde????!!!!!!

  • UWO NI IGITANDERO.KUBAYARAGIZEIBINTUNK’IVYO IMBERE YA’ABANYU.MOTIF NGO N’UMURIRIMVYI,JE VYANSHISHI.

  • muvyukur nigitandero mbendababaz yoc imber yas nanyin aruk

  • Abazungu Badahawe Indero N,uburundi Bizobakemerera Bakwiye Kwisonera

  • IVYO VYOKWAMBARA UBUSA SI VYIZA.

  • Vyoba Arivyizakuririmba Urigusa

  • ico ubwo s’igishetani ga ntu? mama tutagowe!

  • None hariho ibihugu vyemerewe nokugenda vyambaye ubusa.None ko bitemewe ntibomuhana bisunze amategeko.

  • KABISA UWO YARASAZE IYO ABA ARI MUZIMA ABA YAMBARA

  • rihana na chris brown bavanye nabi gute?

  • jewe ikibazo mfise kuberiki chris brown na rihana bashobora kugereranya imana ni nzoka ?

  • Andika hano Rihana Ndamufana Cane Murivyose

  • Yesu Yanka Ben’abo,satani Akunda Ben’abo Ni Inverce Inyuma Y’ivyo N’umuriro

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.