IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Mu birori vya MET GALA, Rihanna agereranywa n’igishishwa c’umuhwi: (...)

Mu birori vya MET GALA, Rihanna agereranywa n’igishishwa c’umuhwi: Amafoto

mardi 5 Rusama 2015

Ibirori vy’umunsi wiritiwe MET GALA vyaraye bibereye i New York muri Reta Zunze Ubumwe z’Amerika, vyatangaje benshi cane cane inyambaro z’ibihangange bitandukanye. Ba bakobwa canke abagore bazwi kwambara impuzu ziyobeye, bagiye bavyerekana. Rihanna wewe yagereranijwe n’igishihswa c’umuhwi.

JPEG - 244.7 ko
Beyonce

Mw’ijoro ryo kuri uwo wa mbere igenekerezo rya 04 Rusama 2015 mu kibanza kiri ahitwa Metropolitan Museum of Art kiri mu gisagara ca New York, habereye ibirori vy’umunsi witiriwe MET GALA. Uwo munsi ukomeye uba ku mwaka ku mwaka kuva mu mwaka w’i 1971, uhuza abahinga mu bintu bitandukanye nk’abaririmvyi, abakinyi b’amareresi, abanyamideri, eka abantu b’ibihangange mu buzima bwa minsi yose.

JPEG - 328.6 ko
Jennifer Lopez

Muri iri joro rya keye, abagore nka Beyonce(yambaye ikanzu ikozwe n’ubudede gusa, ibonerana hose kiretse ku gihimba cirondoka), Kim Kardashian( nawe yamabye ikanzu ibonerana cane yoba ipima nk’imetero zitatu), Rihanna wewe yahavuye ararenze mu kwambara ikanzu iterurwa n’abagabo 4 kugira ashobore gutambuka. Rihanna wewe inyambaro yiwe bamugereranya n’igishishwa c’umuhwi, umurete, pizza n’ibindi.

Raba aha munsi amafoto y’uwo munsi:
1) Beyonce

JPEG - 334.7 ko
Beyonce na Jay Z

2) Rihanna n’ibintu bamugereranije

3) Kim Kardashian na Kanye West umugabo wiwe

4) Serena Gomez

5) Lady Gaga

6) Kendall Jenner avuka na Kim Kardashian

7) Karlie Kloss n’umugenzi wiwe Gigi

8) Coleman

9) Reese na Delivigne

10) Kerry Washington

11) Miley Cyrus na Zoe Kravitz

12) George Clooney n’umugore wiwe na Galliano

13)Robert Pattinson na Twigs

14) Solange Knowless

15) Jennifer Lawrence

16) Sofia Vergara na Joe Manganiello, hamwe na Chrissy Teigen na John Legend

16) Derek na Davis

17) Umutamakazi Anna n’umukobwa wiwe


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.