IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umuhinyanyuzi > Umwana w’umuhinyanyuzi Kent P yitavye Imana

Umwana w’umuhinyanyuzi Kent P yitavye Imana

jeudi 5 Ruhuhuma 2015

Umuhinyanyuzi Kent-P ahejeje gutanga inkuru mbi ko ahejeje kubura umwana wiwe w’umukobwa.

Hari haheze amezi atatu gusa umwana wa Kent P avutse, none yitavye Imana. Kent P n’umubabaro mwishi ati : "Mfise umubabaro mwinshi bébe wanje nkunda yapfuye yarafise amezi atatu",

Umuryango w’abahinyanyuzi, abakunzi n’incuti n’abagenzi yabasavye ko bomufasha kwipfuriza uburuhuko bwiza umwana wiwe yabuze atanka. Eka twese duti yihangane Kent P.

Tubibutse ko umuhinyanyuzi Kent P ari mu bahinyanyuzi bane bakoze isanamu y’ururirimbo "What’s my name" rwa Fariouz.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.