IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Abantu 10 bagize umurwi w’ishirwaho ry’abakomiseri ba CVR bashizweho

Abantu 10 bagize umurwi w’ishirwaho ry’abakomiseri ba CVR bashizweho

Wednesday 14 November 2018, by vianney

Umukuru w’uyo murwi n’uwitwa Reverien NZIGAMASABO,Martin NITERETSE akaba icegera ciwe naho uwitwa Gloriose Nimenya akaba umunyamabanga wabo.

Abandi 7 bari mu bagize uyo murwi ni Claver COYITUNGIYE ,Anesie MFATIYIMANA,Odette HABONIMANA,Vincent SUKUNOBA,Jean Bosco Muhungu,Gerard NGABONZIZA hamwe na Asha Khalfan.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.