IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > basketball > Basketball : Inès Nezerwe "Giti" yahaye intsinzi umugwi Jacksonville

Basketball : Inès Nezerwe "Giti" yahaye intsinzi umugwi Jacksonville

lundi 4 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Inès Nezerwe asanzwe akinana n’uwundi murundikazi yahoze abica bigacika mu mugwi Berco Stars azwi kwizina rya Kalume Florence batazira Dada. Muri urwo rukino, uwo nawe yatsinze amanota umunani, akaba yaragize uruhara runini ku manota menshi Inès Nizerwe yatsinze mu kumuha imipira myiza cane.

Mu rukino ruzokurikira, umugwi Jacksonville College urimwo abo barundikazi babiri uzohura na Alabama College.

JPEG - 97.3 ko
Umurundikazi Inès Nezerwe batazira Giti

Pacifique BUKURU

Messages

  • Ndakunze uwo mwana wumurundikazi yahaw iyongabirano nziza nkiyo.aragahezagirwa kandi yamaterimbere nkumuzinga ariko ntiyibagire abarundi benewabo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.