IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Karate > Abatwaye imidari mu rukino rwa karate mu mahiganwa y’urwego rw’igihugu

Abatwaye imidari mu rukino rwa karate mu mahiganwa y’urwego rw’igihugu

mercredi 26 Munyonyo 2014

Ihiganwa rya karate ku rwego rw’igihugu mu mwaka w’i 2014 ryararangiye, imidari yaratanzwe ku ba mbere. Imigwi igera kuri 8 yahiganywe.

Nk’uko amategeko y’urukino rwa karate ameze, ihiganwa riba imice myinshi: abakina urwo rukino barakina umwe umwe ivyo bita "Kata Individuel", barahiganwa ku biro (categorie Poids), hamwe no guhiganwa mu mirwi(combat par equipes).

Aba mbere muri iyo mirwi ni aba bakurikira:

1) Abahiganwa umwe umwe ku bakobwa(Kata individuel feminin):

1. Nikuze Nadia (Intwari),

2. Kaze Jinnah Perec( Mikado),

3. Nkezimana Doriane( Zanchin),

4. Irakiza Kelly gloria(Zanchin)

- Abahiganwa umwe umwe ku bagabo(Kata individuel hommes):

1. Frank Niyubahwe( Zanchin)

2. Isaac Ndabagobetse(Zanchin)

3. Herve Ntiruseseka(Zanchin)

4. Edmond Mwaruro(Zanchin )

- Abahiganwa umwe umwe ku biro( par categorie de poids-60kg)

1. Nsengiyumva Fulgence(Zanchin)

2. Sabushimike Pasteur(Nderagakura)

3. Gacuti Aime( Dragon)

4. Nkengurutse Donatien( Rumuri)

- Abahiganwa umwe umwe ku biro( par categorie de poids-67kg)

1. Deus( Mikado)

2.Ndihokubwayo Willy( Zanchin)

3. Nininahazwe Evrad (Puma)

4. Nkurunziza Daray(Puma)

- Abahiganwa umwe umwe ku biro( par categorie de poids-75kg)

1.Nibaruta Ferdinand( Nderagakura)

2.Irakoze Olivier ( Mikado)

3. Sengumuremyi Egyde( Intwari)

4. Nkurunziza Nestor( Cobra)

- Abahiganwa umwe umwe ku biro( Categorie de poids-84kg)

1. Irambona J. Claude( Dragon)

2. Bitangumutwenzi Concorde( Puma)

3. Batungwanayo Odilla( Puma)

4. Mpfukamensabe thierry ( Dragon)

- Abahiganywe ku mirwi y’abagabo (equipe hommes)

1. Zanchin

2. Nderagakura

4. Muzinga

JPEG - 35.6 ko
Christophe NKURUNZIZAarongoye umurwi Zanchin

Christophe NKURUNZIZA yatanguje umurwi wa Zanchin arashima uko abakinyi biwe bigenjeje mu gutwara igikombe ku rweo rw’igihugu, avuga ko ata kenka umurwi wiwe agiye kwongereza inguvu n’ubuhinga haba ku rwego rw’igihugu na mpuzamakungu.

Mwomenya ko igikombe c’umwaka w’ 2014 catahukanye umurwi wa Zanchin, mu mwaka w’ 2013 igikombe cari catwaye umurwi wa Muzinga.


Cherif Nkeshimana

Messages

  • mubisanzw birahimbay can!novuga nti komera ariko mukibuka gukwiragiza iyo migwi no muntara za ruguru kuko biraboneka neza ko hahiganwa gusa imigwi yo muri mairie vyerkana ko ruguru hatitaweho.

  • nivyiza ariko ruguru ntimuhitayeho. murakwiye kuraba uko urwo rukino mworudugana ruguru kuko ndabona ko abana baho bararushaka ariko bakabura aba entraineurs bari gradé ceinture noire. abahari uwukuze abafise ceinture bleue abandi ucusanga aribamwe baronkeye formation mumakambi yimpunzi tanzania abo nabo usanga kenshi ata droit bafise yokwigishiriza ku mugaragaro bagahitamwo gukorera mwishamba kubera administration itavyemera ,murumva ko bidashemeye.

  • nagira nsubire mfate aka kanya ndabibutse mushobore gukwiragiza aba sensei mu ntara za ruguru nka cankuzo kugira nabo nyene baronke ubumenyi n’ubuhinga bwa karaté. murakoze!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.