IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Karate > Umukuru w’urukino rwa Judo kw’isi ari mu rugendo mu Burundi

Umukuru w’urukino rwa Judo kw’isi ari mu rugendo mu Burundi

dimanche 21 Ndamukiza 2013

Nicolas Messner wo muri FIJ ari mu rugendo i Bujumbura kuva kuri uyu w’Imana igemekerezo rya 21 Ndamukiza 2013. Messner akaba arongoye urukino rwa judo kw’isi.

Umushingantahe Messner akaba yatembereye ububiko bw’ibitabo bwo kw’ishuire ryisumbute rya Kinama,yagendeye kandi umurwi Dojo uri hafi y’ikibuga citiriwe Umuganwa Rwagasore hamwe n’inyubakwa y’ihuriro ry’urwaruka yo mu Gatumba hafi y’urubibe rwa Republika ya Congo.

Umukuru wa Judo akaba yashoboye gukurikirana urukino hagati ya Judokas y’i Burundi hamwe na Judokas y’i Bukavu mu Buseruko bwa Congo.
Urukino rwa Judo mu Burunndi rwifashe neza kuko muma higanwa mpuza makungu y’i Londres 2012,u Burundi bwaritwaye neza be n’upfasoni Odeta Ntahomvukiye.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.