IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ibiza > Makamba : Ingwara ya Korera yateye

Makamba : Ingwara ya Korera yateye

lundi 21 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abajejwe amagara y’abantu muri iyo ntara bahamagarira kandi abanyagihugu kuvavanura n’ukunywa amazi yo mu kiyaga Tanganyila batabanje kuyateka.

Abo banyagihugu basabwa kandi kwubahiriza amabwirizwa y’isuku, ayo nayo akaba agizwe cane cane n’ugukaraba imbere y’ugufungura, ugukuraba bavuye mu kazu ka surwumwe, ukuronga ivyamwa hamwe n’ibiribwa vyose bidatetse imbere y’ukubifungura.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.