Abanonosoye ibijanye n’imyifato bavuga ko iyo abahoze bakundana bagumye ari abagenzi ,bivuga ko baba bakibandanya bakundana canke yuko batigeze bakunda na rimwe
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > HomeWaruziko
HomeWaruziko
Articles
-
Abanonosoye ibijanye n’imyifato bavuga ko iyo abahoze bakundana bagumye ari abagenzi ,bivuga ko baba bakibandanya bakundana canke yuko batigeze bakunda na rimwe
19 January 2018, by Jean De Dieu -
Umugambwe FROLINA uramutswa abarongozi bashasha
13 Ntwarante 2017Umukenyezi Cécile NSHIMIRIMANA niwe yemejwe n’abanywanyi b’umugambwe FROLINA ngo arongore uwo mugambwe mu matora yabaye kuwa gatandatu igenekerezo rya 11 Ntwarante,umwaka wa 2017.
Naho hatanguye kuba impari, hagati y’uwahora ari icegera c’umukuru w’umugambwe hamwe n’umunyamabanga mukuru w’umugambwe basohotse ahariko habera amatora bavuga ko ikoraniro ryatumweko hadakurikijwe amategeko,abayoboke b’umugambwe FROLINA bemeje kandi Dieudonné RUSHINGIRA kuba icegera c’umukuru w’umugambwe hamwe na Egide (...) -
France : Emmanuel Macron yatowe ku majwi 65,5%
8 Rusama 2017, par Jean de Dieu M.Emmanuel Macron yatowe kumajwi 65,5% , uwo bahiganwa nawe Marine Le Pen yaronse 34,5%
-
Abagize urwego nshingwantwaro muri CNARED bahejeje ikiringo cabo
25 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANAUrwego nshingwantwaro mu runani rw’imigambwe itavuga rumwe na Reta (CNARED) rwarangije ikiringo carwo kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 25 Nzero 2017. Mu mezi icenda bari bamaze barangura imirimo biyemeje, bavuga ko bashitse ku bitari bike muvyo bari biyemeje, naho hari aho bavuga batashoboye gushika.
Anicet NIYONKURU, umunyamabanga nshingwabikorwa mu runani CNARED avuga ko batashoboye gushika ku ntumbero nyamukuru bari biyemeje, akavuga ko bari biteze ko ico kiringo kizorangira bahejeje (...) -
Mu Buyapani umwana ari munsi y’imyaka
31 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.Mu Buyapani umwana ari munsi y’imyaka cumi nta bibazo abazwa… kuko mu myaka itatu ya mbere umwana atanguye kwiga siyo gusuma ubwenge bw’umwana ariko niyo kumwigisha uburyo bwiza bwo kwakira ubumenyi.
-
Uko iminsi itanu iheze,haboneka umutunzi karuhariwe mushasha mu Bushinwa.
19 January 2018, by Jean De DieuUko iminsi itanu iheze, mu gihugu c’Ubushinwa,haboneka umutunzi karuhariwe mushasha.
-
Ikibano kiri mu bituma umuntu ashobora gushika kw’ihangiro ryiwe canke ntarishikeko, bikwiye ko haba abantu tujana bivanye n’intambwe tuba tugezeko kugira dutere imbere.
12 April 2018, by Jean De DieuIkibano kiri mu bituma umuntu ashobora gushika kwihangiro ryiwe canke ntarishikeko,bikwiye ko haba abantu tujana bivanye n’intabwe tuba tugezeko kugira dutere imbere.
-
Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo
10 Myandagaro 2017, par Jean de Dieu M.Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo
-
Ntuze uhe amatwi abaguca intege ko utazoshika kw’ihangiro ryawe, kenshi baba batinya ko uzohava ushika ku ntambwe iri hejuru yabo.
12 April 2018, by Jean De DieuNtuze uhe amatwi abaguca intege ko utazoshika kwihangiro ryawe,kenshi baba batinya ko uzohava ushika ku ntabwe iri hejuru yabo.
-
Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c’ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri
10 Myandagaro 2017, par Jean de Dieu M.Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c’ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri
0 | 10