Ishirahamwe PAYWAY Burundi ryatanguje k’umugagaro ubuhinga bushasha butamenyerewe mu gihugu c’Uburundi aho ushobora kugura umuyagankuba biciye mu buryo Ecocash bw’ishirahamwe rya Econet Leo iciswe “Gura amatara.”
Accueil > Ubuhinga bwa none
Ubuhinga bwa none
-
PAYWAY Burundi yatanguje ubuhinga bwo kugura umuyagankuba biciye muri EcoCash
7 August 2018, by Jean De Dieu -
Ikigo NASA kigiye kurungika kajugujugu k’umubumbe Mars
16 mai 2018Ikigo c’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika kijejwe gukora ubushakashatsi ku bijanye n’ikirere camenyesheje ko mu mwaka w’i 2020 gitegekanya kurungika indege kajugujugu ntoyi k’umubumbe w’isi wa Mars,kugira abantu bashobore kumenya no gutahura neza ivy’uwo mubumbe.
-
Urubuga Twitter rugiye kwongereza amajambo abarukoresha bandika
27 Nyakanga 2017Urubuga ngurukanabumenyi rwa Twitter rwamenyesheje ko ruriko ruragerageza kwongereza igitigiri c’amajambo mu butumwa umuntu ashobora kwandika kuri urwo rubuga gushika ku majambo 280.
-
Bishasha muri Tecno mobile hamwe na telefone "Tecno SPARK"
28 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANAMuguma mufise ugushaka gufata amasanamu aho mugeze hose?? Murashaka kuguma mwibuka ibihe vyose biryoshe mwaciyemwo??
-
Du nouveau chez Tecno Mobile avec le téléphone "Tecno SPARK"
25 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANADu nouveau chez Tecno Mobile.. Avez- vous cette envie incontrôlable de prendre des photos partout où vous êtes? Voulez-vous garder les souvenirs de vos meilleurs moments? La compagnie Tecno Mobile met en vente un nouveau téléphone mobile hors du commun. Tecno SPARK, un téléphone unique, facile à utiliser à un prix abordable et incomparable.
-
ARCT yatanguje amatohoza ku busuma bwakorewe abakoresha Terefone ngendanwa mu Burundi
13 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANAMu kigo ca Reta y’Uburundi kijejwe gutunganya n’ugucungera ivyo gutumatumanako amakuru (ARCT : Agence de Régulation et de Contrôle des Télécommunications) bamenyesha ko bamaze gutanguza amatohoza ku busuma bwakozwe ku bakoresha imihora itandukanye y’ugutumatumanako bakoresheje Terefone ngendanwa.
-
Itara rigenewe Afrika kandi rizimbutse ryashitse kw’isoko
23 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANAIkigo c’abahinga giherutse gukorana n’ihinguriro rikomeye ryo mu Bushinwa, bahingura itara riri mu yazimbutse cane kw’isi yose, iryo tara rikaba rikoresha inguvu z’izuba.
-
BANKUMUKUNZI: Intara zose zirakoresha ubuhingwa bwa Numerique havuyemwo intara ya Muyinga
16 Nzero 2017Umushikiranganji wo gutumatumanako amakuru Nestor BANKUMUKUNZI amenyesha ko igihugu cose gishobora kuraba imboneshakure ikoresha ubuhinga bushasha bwa Numerique,havuyemwo intara ya Muyinga.
Mu rugendo umushikmiranganji yagize ari kumwe n’umuyobozi wa Radio n’imboneshakure vy’igihugu RTNB,umuyobozi ajejwe ubuhinga,n’abahinga bajejwe gukurikirana ivyo ubuhinga bwa numerique,basanze intara zose zishobora kuraba imboneshakure biciye mu buhinga bushasha bwa numerique.
Umushikiranganji Nestor (...) -
Amategeko agiye kugenga urubuga Facebook yatanzwe
18 Ntwarante 2015Urubuga ngurukana bumenyi Facebook rwashize ahabona amategeko yo gukoresha urwo rubuga.Ubutumwa bw’ubwicanyi canke bw’abihevyi kiri muri kimwe kigiye kutemererwa kuja ku rubuga rwa Facebook. Urubuga ngurakana bumenyi Facebook rwasohoye amategeko agiye kugenga urwo rubuga mbere baranatanga n’insiguro ikwiye y’ukuntu bayakoresha.
Ibikuru bikuru biri muri ayo mategeko, harimwo ibikorwa vy’iterabwoba bitagiye kwemerwa kuri urwo rubuga. Facebook ntigisubira kwemerera imirwi yamamaza iterabwoba (...) -
Facebook igiye kubaka igisagara kizoba kirimwo n’amazu y’abakozi b’ico kigo
27 Ruhuhuma 2015Igisagara gipima amahegitare 80 (80hectares) kigiye kubakwa n’ikigo Facebook nk’uko vyavuzwe n’uwatanguje akongera agatwara ico kigo, Mark Zuckerberg. Muri ico gisagara, hazokubakwamwo amazu y’abakozi ibihumbi 10 bakora mu kigo ngurukana bumenyi Facebook.
Amafaranga angana n’imiriyoni 200 z’amadorari niyo ategekanijwe n’ikigo Facebook mu kubaka igisagara "Zee Town".Uwo mugambi wo kubaka igisagara wiyumviriwe na Mark zuckerberg.Ico gisagara «Zee town» kigiye kubakwa hafi yaho ikigo Facebook (...)