IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Urubuga Twitter rugiye kwongereza amajambo abarukoresha bandika

Urubuga Twitter rugiye kwongereza amajambo abarukoresha bandika

mercredi 27 Nyakanga 2017

Urwo rubuga rufise abantu barukoresha barenga imiriyoni amajana atatu, ruhanganye n’ikibazo c’igwirirana ry’abantu barukoresha, ubu rukaba ruriko rurihweza ingene rwokorohereza abarukoresha.

Umugwi muto w’abakoresha urwo rubuga uzogiramwo uruhara muri iryo geragezwa ryo kwongereza amajambo yandikwa, gushika ku ncuro zibiri bafatiye ku majambo 140 bahora bandika .

Urwo rubuga rwa Twitter ruvuga ko ari kimwe mu bintu vyahora bigora abakoresha urwo rubuga.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.