Econet-leo, premier opérateur de télécommunication au Burundi depuis plus de 27ans, offre des standards innovants et une connectivité de qualité à la fois à la population locale et à la région.
Accueil > Ubuhinga bwa none > Leo
Leo
-
Econet Leo soutient la paix au Burundi
5 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA -
Abanywanyi ba Leo bandikisha amakarata simu bidoga ko bata umwanya munini
13 Nyakanga 2014Abanywanyi b’ishirahamwe Leo baridoga ko batakaza umwanya munini bagiye kwandikisha amakarata simu, mbere abatari bake bakaba bafise ubwoba ko bashobora kwirukanwa n’abakoresha babo.
Uciye ahakorera ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru LEO, uhasanga umurongo w’abanyagihugu baje kwandikisha amakarata simu . Abenshi muri bo bamenyesha ko badatahura ibiriko biraba, kuko benshi muri abo bavuga ko bari bamaze kwandikisha amakarata simu yabo. Bamwe mu baje kwandikisha ayo makarata simu bari ku (...) -
LeoEzetop n’iki
4 Ruhuhuma 2013Ni serivisi ifasha abanywanyi bose ba prepaidleo ibashoboza kuronka amafranga baba babarungikiye mu bihugu vyose vyo kw’isi. Ukoresheje umuhora ngurukana bumenyi (internet) muri (Canada,USA,Belgique,…)
Iciza ca leoEzetop
Iciza ca leoEzetop n’uko mushobora kurungikirwa amaunite avuye kw’isi yose.
leoEzetop ikora gute?
1. Ubanza kw’injira kuri www.ezetop.com
2. Gutora igihugu wipfuza kurungikamwo amahera.
3. Kumenyesha amafaranga ushaka kurungika
4. Kurungika ibiranga ikarata yawe (...)