Abantu 26 bitavye Imana mu bwicanyi bwabereye ku mutumba Ruhagarika, komine Buganda, Intara ya Cibitoke, bashinguranywe iteka kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Rusama 2018. Ibirori vyitabwa n’abarongozi bo mu gihugu, muri abo harimwo umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE.
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > MainSlideNews
MainSlideNews
Articles
-
Abiciwe mu gitero co mu Ruhagarika bashinguranywe iteka
15 May 2018 -
Inama nkenguzamateka yemeje umurwi mushasha w’abantu 7 ujejwe gutunganya amatora
29 August 2018, by vianneyInama nkenguzamateka yemeje kuruno wa gatatu igenekerezo rya 29 Myandagaro umwaka wa 2018,abantu 7 bagiye kugira umurwi mushasha ujejwe gutunganya amatora CENI(Commission Electorale Nationale Independante).
-
Agasuzuguro kagiriwe Igihugu cacu nta gihugu cikukiye cokihanganira
31 Kigarama 2016, par Jean De DieuUMUKURU W’IGIHUGU YASHIKIRIJE IJAMBO ABARUNDI N’AMAKUNGU
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi ;
1. Umwaka w’2016 turawusozereye, dutanguye uw’2017 turi mu mahoro n’umutekano. Turakengurukiye Imana Mushoboravyose yazigamye kandi ikarinda Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka urangiye w’2016.
2. Turipfurije Abarundi bose iyo bari hose, tutibagiye n’abo bose baba mu Burundi umwaka muhire w’2017, uze ubabere umwaka w’amahoro y’Imana.
3. Turashimiye inzego zitandukanye duhereye kuri Leta, Inama (...) -
Urunani ASSUR rwatunganije inama rukokoma ihuza amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha
15 November 2018, by vianneyUrunani rw’amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c’impanuka ASSUR(Association des Societes d’assurance du Burundi) rwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Munyonyo 2018 inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n’ico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe,guhimiriza abantu bose gutahura akamaro k’ayo mashirahamwe hamwe no kurabira hamwe uko boduza umwimbu.
-
BRARUDI yaronkeje udushimwe abatsinze mw’ihiganwa « Pfundurura Utsinde »
8 November 2018, by vianneyIshirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI ryatanze udushimwe dutandukanye ku bantu batomboje muvyo bise Pfundurura Utsinde. Kugira utombore, umuntu agura icupa ry’ikiyeri inyuma yo kuryugurura afata umufuniko akawuharura kugira arabe ico yatomboje indani mwuwo mufuniko.
-
Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF
14 November 2018, by vianneyIshirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy’Uburundi imfashanyo y’amafaranga angana imiriyoni 23 y’amafaranga y’amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y’Ubuseruko.
-
Ibiharuro mfatakinza : Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, Oya ku majwi 19,6 kw’ijana
18 mai 2018Inyuma y’ibiharuro vyatororokanijwe mu ntara zose vyerekana ivyavuye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro vy’umurwi utegura amatora ku rwego rw’igihugu CENI, vyerekana ko Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, mu gihe Oya yaronse amajwi 19,6 kw’ijana, mu ntara 18 zigize igihugu.
-
Abatowe mu Mizero y’Abarundi basaba Reta kudahungabanya ibikorwa vy’Urunani mu matora
16 mai 2018Mu gihe kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, hategekanijwe amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, umurwi w’abashingamateka batowe mu Runani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi usaba Reta guhagarika ihohoterwa n’ibikorwa vyose bifise intumbero yo guhungabanya Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi, mu bijanye no gukurikirana amatora y’ibwirizwa nshingiro.
-
Abarundi bazindukiye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro
17 May 2018Kuva isaha icumi na zibiri z’igitondo kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018 abarundi bazindukiye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro. Mu gisagara ca Bujumbura, abantu batari bake bazindutse gutora, bakaba bamenyesheje ko bazindutse kugira baje mu mirimo ituma bibeshaho, bahejeje gutora.
-
Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyatanguye kuja ahabona
18 mai 2018Inyuma y’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, mu ntara zitandukanye z’igihugu ibiharuro mfatakibanza vyatanguye kuja ahabona.