Accueil > Amakuru > Poritike > Ibiharuro mfatakinza : Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, Oya ku majwi (...)
Ibiharuro mfatakinza : Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, Oya ku majwi 19,6 kw’ijana
vendredi 18 mai 2018
Mu ntara 18, ibiharuro bimeze uku :
Muramvya :Ego : 79% , Oya : 15%
Kirundo :Ego : 83,01% , Oya : 12,2 %
Mwaro :Ego : 61,74% , Oya : 27,81%
Rumonge :Ego : 66,52% , Oya : 25,75%
Bubanza : Ego : 80,6% , Oya : 12,55%
Bujumbura Mairie : Ego : 53,1 % , Oya : 44%
Bujumbura province : Ego : 75,74% , Oya:17,6%
Bururi : Ego:71, 96% , Oya : 33,39%
Ruyigi : Ego :72,67% , Oya : 17,7%
Karusi : Ego : 83,76%, Oya : 9,57%
Ngozi : Ego:82,8%, Oya : 10,1%
Makamba : Ego : 65,6%, Oya:26,2%
Gitega :Ego :75,8, Oya :18,3
Muyinga :Ego :81,4, Oya :10,9
Cibitoke : Ego :80,8, Oya : 13,79
Cankuzo : Ego :70,52, Oya : 19,8
Rutana :Ego :62,91, Oya :21,8
Kayanza : 82,45, Oya :18,89
Gushika ku muhingamo wo kuwa gatanu igenekerezo rya 18 Rusama 2018, umurwi CENI wamenyesheje ko muri rusangi amatora yo kwemeza cabke guhakana ibwirizwa nshingiro yagenze neza mu gihugu cose.
IGIHE
Messages
18 mai 2018, 17:30, par SERGES
Neza Cane !Abarundi Turamaz Kwemeza Ko Dusezereye Intwaro Z’inzomekerano !Ni Harambe Uburundi N’abarundi.
18 mai 2018, 19:07, par PHILIPP
NDIHANZEYIGIHUGU ARIKONDASHIMYE KWAMATORAYAGENZ EGO.IMANA IYIHEZAGIRENABATO YEMWESE ABATOYE OYANAMWEMUHEZA GIGWE TUZOGUMAGUSENGE RA.IGIHUGUNABAGITWARA.NABATWAGWA IMANA IBAHEZAGIRE
18 mai 2018, 19:24, par Manirakiza Léonard
Twongeye Kwikukira Imana ishimwe
18 mai 2018, 20:26, par arexandre yamuremye
Total yibwirizwashingiro
18 mai 2018, 21:03, par EE
YOOO !!
19 mai 2018, 07:03, par Inkona Ntiyaruzwa
Ohooo ?!?Twarababwiy Ego Nitsinde.Nibasubir Ngo Amatora Yibwe.
19 mai 2018, 07:16, par Mahoro
Nibazako harimwo hamwe habaye ukwihenda.Uteranije mu ntara vyorenga 100%gute ?
19 mai 2018, 11:22, par True
none baravuga iki ? ni bareke uburundi bwibere ubwamata n’ubuki ababwanka bakomez kubwipfuza babubure ! mbega yes.
19 mai 2018, 17:19, par Assan bikorimana
Imanamushoboravyose
Nihabwe , icubahiro.
kandibamenyeko, ukurigucamuzikontigushe.
Ntagihe ikinyomakizigeragitsinda.
Nkabankeje, abarunditwese.
kubatoye Ego .
Nabatayitoye, Mwesendabipfurijekuroranirwa.
mungozanyu, moralize.
20 mai 2018, 08:01, par Nestor
Emw Ni Barek Abenegihugu Twaraciy Ubwenge.Twararyemeje Abavyanka Nibihangane.