IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Igiteramo co guhimbaza Imana categuwe na BICC

Igiteramo co guhimbaza Imana categuwe na BICC

jeudi 26 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri ico giteramo, Reuben Kigame, umuririmvyi azwi cane ku ndirimbo ya « Shukurani Bwana » n’izindi ndirimbo zo kuninahaza Imana, azoba ari umutumire w’iteka.

« Kuko nzi Ivyiyumviro Mbiyumvirako, ni jewe Uhorah mbivuze, kw’ari ivyiyumviro vy’amahoro, atari ivyiyumviro vy’ivyago, kugira ngo mbahe ivyizigiro vyo mwiherezo ryanyu. » Yeremiya29 :11

Bavukanyi muri Kristo, ntimutangwe rero kuza gushimira Umukama kuko imigambi ishira mu nzira zanyu ari myiza.

Ntimutangwe rero kuza gusangira natwe akanyamuneza ko kuba abana b’uwanesheje.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi bibiri hasi, hamwe n’ibihumbi bitanu hejuru.


Huguette NKURUNZIZA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.