Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inkuru zarungitswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Turungikire > Inkuru zarungitswe

Inkuru zarungitswe

mardi 2 Nzero 2018, par Egide NDUWIMANA

Messages

  • Abanyagihugu bo kumutumba wa ruhongore basaze ngo bakure umukoseye wokumutumba nyabihanga commune n’intara ya ngozi

  • enok.Baramuguz.ntagikina.ahubwo.nukumtera.ivyatsi.ROLNADO

  • Ibintuvyomuburundinihatari Ubunaho Haragezahobahinduribwirizwashingirokuberukwankakubisabandi Nabisabandibatware

  • Inkuru iciye hano ntabwo muyiriha? Si oui, angahe?

  • nukuri jewe super huff ndamwipfurije kuroreranirwa mumyuga haba gukina canke kuririmba nkabandamwipfurije kutwibukanatwe nkuko beshi banzi kwizina ryandayikengurukiye jiriberi ndakunda abacuraranzi sana nkabamba kumugomere ahubwo nkumusi nomubonye ariko agenda namaguru nomwunguje ok sms muzoyisome kwiradio ayumve

  • None kuberiki reta yu Rwanda itareka impunzi zishaka gutaha ngozize mugihe muburundi amahoro ahari nibazako reta yu Rwanda ifise icitegura kumpunzi zabarundi ziriyo nacanecane bobavugako bahabayenabi kandi ntibitabweho kubwivyo nibazako abipfuzagutaha bobareka agataha mugihugu iwabo kuku naconye kirabakNone kuberiki reta yu Rwanda itareka impunzi zishaka gutaha ngozize mugihe muburundi amahoro ahari nibazako reta yu Rwanda ifise icitegura kumpunzi zabarundi ziriyo nacanecane bobavugako bahabayenabi kandi ntibitabweho kubwivyo nibazako abipfuzagutaha bobareka agataha mugihugu iwabo kuku naconye kirabakeneye

  • Ndumu prod nkora indirimbo za Gospel nashak kubaza kugira umuntu aterimbere mumuziki wa gospel uko vyogenda kuko tubona nkokuma radio bitaho cane umuziki wigisani gospel ntibatwibuka none vyogend gute natwe batwiteho

  • Mwiriwe ntagira mbaze kuvyerekeye uyo tombola mbega kugira umenye KO watsinde ushikana angana gîte murakoze

  • Hari Abarundi Bamwe N’ubu Tutaramenyeshwa Ivyahinyanyuwe Mw Bwirizwa Shingiro,none Ko Hageze Kuja Kwemeza Canke Guhakana Iryo Hinyanyurwa Tuzotora Ivyo Tutazi?

  • Melchiade yazize ko yavugiye hejuru ivyari mu mitima yabamwe bamwe. Ko yemeye icaha atagahato nasubire aho yabivugiye asabe ikigongwe abanyagihugu hama sentare nayo imutezurire kugihano yaciriwe. Kuko irya imyaka ntijanye nubundi nivyo yakoze ivyo nuguhuma amaso amakungu ngo bagire ngo baramuhanye.

  • Imana Irakunda Igihugu Cu Burundi Izobikora Intsinzi ni yacu.

  • nukuri amatora yagenze neza ariko ikibaje nuko imbonerakure zimuzye muri giharo zatwaye umuntu kumukubitira mukaburi ngo yigishije oya bamukuye murusengero

  • NUKUBERIKI?BAHAGARITSE?GUTANGIMPAPURU?

  • Indirimbo ikoroza amosozi uwuyumvirije wese akongera akayiraba yitwa ICIPFUZO yaririmbwe na titus da sailor n’indirimbo yarikwiye gufatwa mumugongo n’uwariwe wese na cane cane amashirahamwe nka za UNICEF n’izindi harimwo reta kuko n’imwe mundirimbo zikenewe mubuzima bwa misi yose ivuga kubuzima bw’abana b’impfuvyi,ba ntaho nikora abana bo mwibarabara n’abapfakazi ariko kugeza ubu haracari ikibazo kuko no kugira ivuzwe ngo yumvikane nubu abajejwe kumenyekanisha umuziki benshi baracaka ibiturire bigatuma umuririmvyi acika intege zo gukora!!

    indirimbo niyi aha hepfo
    https://youtu.be/IRuANUI1LYc

  • IVYOVYEREKANA KO ISI YASHAJE AHUBWO N’UKO BATOTER’IVUTU UMUNTU.

  • Jews MBA muri Malawi ariko amakuru ajanye n’igihugu canje ndayakwirikirana gose. Ahubwo about bacamanza Nakuru bari bakwiye kubahamagaza mw’ibanga hanyuma bakashira mw’ihugurwa bisunze ko aribo(mw’isentare Nakuru) abandi bo mw’isentare ntoya. Kuko bose barazinanye mumabanga y’ubucamanza nk’abakozi bareta. Boye kutwita ibijuju twebwe tutazi nakimwe kubijanye namasentare!

  • Ndashimyijambo yavugiye Igitega

  • Sha imana nimwakire nibazebarabatiza batagiyemumazimeshi kuko umuhezagi ro utangwa nimana nahoyoba arayomwicupa imanairaguhezagira ukirakubawemera

  • Sha imana nimwakire nibazebarabatiza batagiyemumazimeshi kuko umuhezagi ro utangwa nimana nahoyoba arayomwicupa imanairaguhezagira ukirakubawemera

  • BIRATGAJE KUBONA CHRIRISIYAO UBU ASIGAYE YIKORERA IMIZIGO MWISOKO Y,INGOZI.MURAKOZE

  • jewe nakunze umukobwa mut afis12ans ariko sindabimwereka nobigira gute,mugerageze munyishure ubunyene .Murakoze

  • murukundo bisabakutu viriz .Amabwir

  • Abarundi - Gukora Muri Leta

    "Nta kazi kakiboneka." Ayo niyo majambo ari mu bantu benshi kwisi ariko canecane iwacu mu Burundi. Kuberi iki mu Burundi? Uru rupapuro ruraca hirya no hino inyishu y’ico kibazo. Ruraja kuvuga amahinduka abashomeri canke abaciga bakwiye kugira rwongere rwerekane ico Leta yokora mu gushigikira bene ayo mahinduka.

    Hari ibintu bitari bike bituma abarundi bahurumbira ubuzi bwa Leta. Kimwe muri ivyo ni uko ariko bamenyerejwe. Mu myaka nka mirongo ibiri iheze, igihugu cari gikeneye abantu bize bakora mu bisata bitandukanye vya Leta. Ivyo vyatumye uwarangiza amashure yisumbuye canke ya kaminuza wese aronka akazi. Hari n’aho abakozi bataboneka Leta igaca yikora ku buhinga bwo kwigishiriza ku kazi (formation sur terrain), akarorero mu buvuzi. Ibi vyatumye abiga bose baba bafise mu mutwe ko nibahe bazoca baronka ubuzi. Ibindi navyo ni uko abakora muri Leta baba bafise uturusho dutandukanye harimwo kuziganirizwa ku bwa kazoza (pensions), kwivuza kw’abakozi (assurance maladie) be n’ibindi ben’ivyo. Ivyo vyose hamwe bituma abantu badakorera Leta batigera babona ko ari abakozi.

    Ibihe birahinduka kandi abantu baba bakwiye guhindukana navyo. Nta gukeka ko baba abigisha, abiga be n’abashomereye bose babona ko ata buzi bukiri muri Leta. Abicaye ni benshi abiga nabo bataravugwa. Hokorwa iki none? Ica mbere ni uko abantu bohindura ingendo. Benshi barabona ko mu vyubudandaji hakiriyo amasumiro mugabo umutahe ukagora. Si uko umutahe ugoye caane ahubwo ni uko hari inyifato zikiboheye amaboko mu mugongo abantu benshi. Baracabona ko hari ubuzi bw’abize nubw’abatize. Uwugomba umutahe ntacagura akazi kuko aba afise intumbero mu mutwe. Ntanegwa ayo abandi bamuvuga kuko abantu bategerezwa kuvuga kandi uwo ariwe wese aravugwa. Aho kurondera akazi, ni ukwiga gutuma kaboneka. Kuja hamwe mu mashirahamwe vyotuma haboneka ubuzi bwinshi bigatuma abana b’Uburundi bataguma biyumvira kwomoka. Gukorera hamwe ntibizoroha hakiri ya migani yuko intungwa irisha aho iziritse kuko igabanya ukwizigiranira. Bisaba kwiyumvira kuri kazoza kugira umunyabigega ntiyomokane agatahe k’abanyeshirahamwe. Abarundi barakeney guhindura ingendo bakavavanura nivyo kwirengagiza ubuzi, kwibana, kugaya umuntu bafatiy ku kazi kiwe, be n’ibindi mwene ivyo.

    Ku rundi ruhande, Leta nayo nyene irafise ivyo yokora kugira abantu bahindure ingendo. Igikuru muri vyo ni ugushiraho amategeko agenga abikorera utwabo. Uno musi nkakarorero, umuntu afise pharmacy yiwe ashobora kuvyuka agaca yirukana umukozi wiwe ata na kimwe amuhoye ngo ni uko gusa agomba kuhashira uwundi ashaka. Nafatiye kuri pharmacy kubera ko zifise abakoz batari bake mu gihugu. Nkuko biri mu bihugu vyinshi, umukozi wese yategerzwa gusinyiranira contrat n’umukoresha wiwe. Muri iyo contrat hakavugwamwo ivy’umushahara, ivy’uko ako kazi gashobora guhera mbere n’uturusho tugatekanywa. Ibi vyotuma abize bahurumbira ibisata vyigenga mu bice bitandukanye nko mu budandaji, mu buvuzi, mu burimyi, mu bworozi, mu burovyi hamwe no mu bindi bisata. Umuntu nimba aronse akazi ko gukora muri restaurant nk’akarorero akamenya ko azogakora kugeza igihe azogombera kiretse ibivugwa muri contrat yasinyiraniye na nyene Restaurant. Akaba azi ko ategekanirijwe pension kanaka bivanye n’umushahara wiwe. Ni hajeho amategeko agenga ubuzi bw’amashirahamwe matomato y’abanyagihugu nkuko biri mu bisata vya Leta maze uwuronse akazi aho ariho hose agahe agaciro.

    Muri make, abantu benshi birukira ubuzi bwa Leta atari kubera bahembwa menshi ahubwo kubera baba bazi neza ko bazokagumana kugeza bakukurutse bakaba bazoza bararonka uburusho kanaka. Hamwe Leta yoshiraho amategeko kuburyo abakoresha bose baha ama contrat abakozi babo vyotuma ubushomeri bugabanuka bikanatuma abakoresha bashobora kuronka abakozi beza, abakozi batazoterura ivyaba shebuja ngo bavyibe kubera ugutinya ko buca kabiri bakirukanwa kubera ata nakimwe kibuza abo bashebuja babo kubirukanira aho bagombeye.

    - Ubuntu

  • Andika hano Nshakakuyi terharga Ndabigenze Gut?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.