IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Wari uzi ko > Patiri Mudomo yahoze arongoye insamirizi Ijwi ry’amahoro yitavye (...)

Patiri Mudomo yahoze arongoye insamirizi Ijwi ry’amahoro yitavye Imana

lundi 12 février 2018

Patiri Mudomo yakoreye kandi igihe kitari gito muri karere k’ubutumwa ka Gitega, yarakoze mu gisata c’Ibiganiro ku nsamirizi Mariya Burundi.

Patiri Marcel MUDOMO, arazwi kandi cane n’abanyeshuri bize kuri Lycee Gitega, iri hafi y’ahakorera Musenyeri Mukuru wa Archidiyoseze ya Gitega, aho yigeze kuba ariwe arongora inkuka y’imisa kuri iryo shuri.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.