Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
WIFI HOTSPOT ya Smart Burundi iboneka ku buntu hamwe no ku mafaranga (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Smart > WIFI HOTSPOT ya Smart Burundi iboneka ku buntu hamwe no ku mafaranga (...)

WIFI HOTSPOT ya Smart Burundi iboneka ku buntu hamwe no ku mafaranga make

mardi 16 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ugukoresha iyo internet WIFI ni ku buntu mu minota cumi n’itanu ya mbere, kugira umunywanyi abanze yirabire ubwiza bw’iyo WIFI iri ku rugero rwo hejuru.

Iyindi minota irihishwa amafaranga atari menshi, amajana atanu gusa kw’isaha, igihumbi ku masaha atatu, mu gihe umunsi wose ari amafaranga ibihumbi bitatu gusa.

Iyo WIFI iri mu bibanza bine bitandukanye vyo mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo navyo ni : Restaurant Fleur de Sel, l’ARENA Club, le salon de massage En-Hakkoree muri Rohero hamwe na Bar Relax Plus iri muri Rohero nyene.

Ntahandi muzoyisanga atari muri SMART honyene !!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.