Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Avis de recrutement: GVC(12 postes) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Annonce > Avis de recrutement: GVC(12 postes)

Avis de recrutement: GVC(12 postes)

mardi 25 Ruhuhuma 2014

Dans le cadre d’un projet de nutrition financé par l’Union Européenne, GVC cherche des candidats pour les postes suivants :

- un secrétaire/comptable de niveau A2

- un (e) assistant ( e) nutrition et coordinateur médical (basé(e ) à Bujumbura ) ayant un diplôme de médecine ou profil médical

- un (e ) chargé( e) de la communication (basé( e) à Bujumbura) avec un diplôme de niveau A1 en communication ou un diplôme A2 et une expérience d’au moins 3 ans dans le domaine de la communication.

- 9 superviseurs nutrition (dont 8 basés dans les provinces de Cankuzo, Rutana, Ruyigi et Makamba ayant un diplôme de niveau A1 en science de la santé ou un diplôme A2 et une expérience dans le domaine de la nutrition et des FARN.

Date limite
: au plus tard le 13 mars 2014 à 12 H pour le (la) secrétaire/comptable et l’assistant nutrition et le 24 mars 2014 pour les autres postes

Pour plus d’info : http://www.intercontactservices.com/fr/offres-demploi/813-avis-de-recrutement-gvc.html


IGIHE

Messages

  • guhamagara abkozi nivyiza,arik expériance nikuk ij imber muga hagez kugatanga ikimenyane kikaz imber?nuko ntabiz nez mwar mukwiy gutanga exam ikabiyirukanira.

  • Muze mushira ubumenyi n’ubushobozi imbere mugutanga akazi, mwibuke ko Imana yabateye iteka.Mbe wogura experience ku kazi utararonka? ubwo ni uburyo mwatoye bwo gukomira urwaruka.

  • Nitwa Claude Nibirantije Mba Imakamba Nukuri Nagomb Ako Kazi Ntikancike Kuko Narahejej Ishule Mugab Ntakaz Mfise Gusa Ni Uko Numvisemwo Experience Iyo Bakwiy Kutayiraba.

  • Jewe ndafise experience ariko ndasavye muzoze murayikuramwo kuko ibuza les jeunes competents d’acceder au 1 er emploi. Kandi haraho usanga les jeunes basumvya talent abamaze gukora. D’ailleurs umuntu arashobora kumara imyaka mu kazi mugabo agakora nabi. Le seul critere objectif ya evaluation yoba ikibazo gikoreshejwe muri transparence gutyo uwo avuga ngo afise experience akerekana ko anarusha ubumenyi n’ubwenge abo ba jeunes mu kubasumvya ama nota mu kibazo gikoreshejwe ku mugaragaro. Murabaza uwo muri Fonds pour la promotion de l’Habitat ingene bakoresheje ibibazo kuburyo n’uwutayobewe atigeze yidoga ngo bamurenganije. Vyagenze ngw’iki: muri preselection baravye amanota ya les deux bulletins zanyuma. baca barafisha. umuntu akisoma. Mu nyuma ikibazo gitogwa congera gikosogwa n’umu expert wo muri societe civile. Nawe nyene agakosora codes zipfutse kuko nta mazina abakoze bari bashizeko hanyuma basubira bafisha les resultats kandi ugomve wara reclamats bakakwereka ko batakurenganije. Nta vyabindi ngo ntume uwo tuzinanyi nta vyashoboka. Jewe ndi mubakoze ariko sinashitse muri ITW ariko nta gahigihigi mfise ahubwo ndashima ko Imana ikizigamye abantu nk’urya mu ADG wo muri FPHU. ese bose bomwigana Uburundi bwoheza bukogorora.

  • je suppose que vous avez besoin des Candidats plus competents que les autres. Des personnes qui sont plus intelligentes et tenlentueuses. Et je ne crois pas que cela sois l’apanage des gens qui ont de l’experience seulement. Ces derniers devraient d’aillers demontrer qu’ils sont plus qualifies face aux jeunes sans experience en reussisant mieux qu’eux dans un test tranparent. cfr le recent recrutement du Fonds pour la promotion de l’habitat Urbain FPHU. Je ne suis pas parvenu jusqu’a l’ITW mais dans je reconnais qu’ils ont ont ete juste et transparent. Le Burundi a espoir avec des gens comme l’actuel ADG du FPHU. Que Dieu le benisse

  • komeza gusenga IMANA IHINDURE VYOSE kuko uwaturemye ntakimunanira ndabarahiye.fait confiance en DIEU mes chers amies.ntakazi mfise muga kazoboneka naho bazosaba experience atayo mfise nakagenewe nzokaronka.genda mugire adoration YEZU ARISHURA KANDI A TEMPS.BENIGNE MUNEZERO

  • Nivyiza ko ubuzi bwotangwa hisunzwe ubumenyi atari uburambe kuko abo batagira expériences barafise ico nabo bashoboye baba barize mw’ishure,Kandi uronka expériences aruko wakoze Natwe urwaruka turakeney guhiganwa n’abandi biciye mubibazo

  • Urwaruka rurakwiye gutandukanya ubuzi bwamashirahamwe n’ubuzi bwa Reta,mubuzi bwamashirahamwe yigenga baba bakeneye production immédiate,biragoye rero ko bokuramwo critère ya expérience kuko ntacotuma bizera ko uwo mukozi aca akora buno nyene ,pour l’ADG FPHU Vraiment je le félicite kuko rirya nishirahamwe rya Reta,yavyifashemwo neza cane!!!!!!!!!!!!

  • nasaba ko nu gutanga akawi ko nzowa nuracishanwo nu gatanga no ku badafise experience kuko bose nta experience bafite.canke ;u karobeka kugira bose baronke niho abakiri bato nabo boduga.

  • il faut toujours nous faire les détails ou tout simplement donner les TDRs en imprimés qu’on puisse retirer au différents bureaux de GVC! Vous dite, pour plus d’info, consulter le site: www..... mais le site ne s’ouvre pas????? Quoi donc???

  • Jewe maze igihe ata kazi kari stable mfise, ariko ndemeza ko iyo critère bama bashira imbere ya expérience idakwiye kugirango uwutanze akazi ace yizera ko yaronse umukozi abishoboye! Ashwi da! Nibakoreshe ibibazo, batange ama stages professionnels birabire ukuntu hari aba jeunes génies bari mwibarabara ngo motif nta Expériences!
    Dernièrement muri OBR bakoresheje ikibazo baravye diplome gusa, nimugende mubaze uwurongoye OBR abafise Cotation nziza ko ari ngombwa uwakaronse afise expérience! Chers employeurs hariho abo twita mu congereza " Sharpen learners", aba jeunes nk’abo niwabakoresha uzoshimira Imana, donc, umukozi nk’uyo umwereka ikintu mu kazi ugusanga yamenye ibikurikira ata kuruhishije, mbere ugasanga afise na esprit de créativité , d’innovation et d’invention, pourquoi pas! Please! reka kwitwaza expérience ngo muhombe abakoze bari plus compétents sans le savoir, je répète qu’il y a des jeunes bruyants et talenteux que vous bloquez!

  • Jewe maze igihe ata kazi kari stable mfise, ariko ndemeza ko iyo critère bama bashira imbere ya expérience idakwiye kugirango uwutanze akazi ace yizera ko yaronse umukozi abishoboye! Ashwi da! Nibakoreshe ibibazo, batange ama stages professionnels birabire ukuntu hari aba jeunes génies bari mwibarabara ngo motif nta Expériences!
    Dernièrement muri OBR bakoresheje ikibazo baravye diplome gusa, nimugende mubaze uwurongoye OBR abafise Cotation nziza ko ari ngombwa uwakaronse afise expérience! Chers employeurs hariho abo twita mu congereza " Sharpen learners", aba jeunes nk’abo niwabakoresha uzoshimira Imana, donc, umukozi nk’uyo umwereka ikintu mu kazi ugusanga yamenye ibikurikira ata kuruhishije, mbere ugasanga afise na esprit de créativité , d’innovation et d’invention, pourquoi pas! Please! reka kwitwaza expérience ngo muhombe abakoze bari plus compétents sans le savoir, je répète qu’il y a des jeunes bruyants et talenteux que vous bloquez!

  • Murakwiye gutanga akazi kuagashoboye mutaravye experience,kuko ntawogira experience atari ku kazi.ahubwo mwashatse gukumira urwaruka kugirantiruterimbere,ico mwomenya nuko urwaruka(abashomeri) barashoboye babura ico bakora.ahubwo kugira nubukene buhave vyoba vyiza hatanzwe ubuzi kubatakagira.ntivyumvikana ingene akazi karonka abasanzwe bagafise.

  • uwo mu ADG WO MURI FPHU MUTERA AMASHUGWE NINDE ? YOBA ARI CLAIRE NOVYEMERA

  • Experience irakenewe cane uwibaza ko idakenewe mu mashirahamwe yigenga nibaza ko yihenda kuko bakoresha fonds zumwanya kandi rapport itangwa ku gihe .Bitagenz’uko kuyundi mwaka ntama fonds yandi uronka urunva ko rero atamwanya wama formation yabakozi batagira experience boronka kandi umukozi wese aba afise akazi ajejwe,uretse nivyo formation namahera si gratuit.Erega muze mwibuka ko ikinjana turimwo bose bakora barondera kwunguka

  • Murantahuza kuko sintahura ukuntu amashirahamw amwamwe yaba aya leta canke ayabikorera utwabo bashira imbere les expériences mugihe atashure narimwe mu burundi dufise ryigisha uvyo vyirwa basaba aba jeunes!akazi ntikarangurwa neza ngo nikubera ama expérience ayo namba!

  • bnjr,muma.ONG presque yose.barasaba expérience..none experience tuzoyironka atakazi Igihugu cank mwebw nyen mwigenga mwigeze muduha??ce qui compte si expérience murazobi testa murabe..hari aba jeunes benshi banyotew akazi une fois bokaronka bogakora neza aho naje ndimwo..kandi mwibukeko nab ba expérience haraho batanguye atayo bagira..vyose bivana n’imyaka tugezemwo.guko uhejej ukaronka akazi izo expérience zoboneka.Mercii

  • Muma ONG yose kugira batange akazi basaba ama experience ariko bakibagira ko uwurose iyo experience aba afise akazi cnke yarakigeze??none uwutarakaronka rero ntazigera akaronka??ku bwanje ntiboraba experience ahubwo bokwugurura imiryango hakadepoza uwushaka akwije ibisabwa hama bagakoresha ikibazo uwugitoye agakora akazi!

  • Muvyukuri experience ntiyoba inyendamuvano yandyogo, ahubwo ibibazo vyabatanga ubuzi vyojamwo umuco ukwiye hanyuma uwugitoye agahabwa ako kazi, hagaheza hakaba nkamezi 3 yukumwereka uko ibintu bipanze ndizera nezako vyoheza bikagenda neza cane. Nayahandiho experience haraborinda bitaba Imana batayironse kuberako ataho yigishwa. Murakoze

  • nukuru birababaje kandi vyongeye biratangaje caane kubona haba mumashirahamwe y’abikorera utwabo haba muri Leta basaba ivya expérience mugutanga akazi. Ikibazo nfise si ikindi, mbega abo bose bakora barasabwe expériences? Expérience na compétence, qui prime sur l’autre? U wovugako abo bantu bakera aribo bashaka guhanahana ubuzi yoba yihenze? Comme suggestion, ugurura imiryango abajeunes mureke kudusaba ivyo namwe mudafise hanyuma mutange ikibazo, ntihabe nkunzi cank kamwana wa mama kugira akazi gatangwe mumuco compte tenu des compétences et des talents de tout un chacun; merci!

  • ndipfuza kwama ndonka amakuru ajanye n,akazi kaba comptables bo mu gihugu cacu.

  • Amahoro! Nashaka mumpe email ndungikako dossier

  • Nifuza kwama ndonka appel d’offre d’emploi merci

  • Andika hano

    nshaka KO muzohora mundonsa ama appels d’offres

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.