Emery Ndaboroheye azwi kw’izina rya Emy Smith ni umuririrmvyi , umukinyi w’amareresi, akaba n’umucuraranzi w’imyaka 25. Agira gatatu mu muryango w’abana batanu kandi aracafis’abavyeyi bose. Yiga mu mwaka wa gatatu mu gisata c’icongereza muri kaminuza yitiriwe Ntare Rugamba.
Kuvyerekeye umwuga wo gucuraranga, ngo yatanguye ivyo kuririmba kuva akiri muto cane afise imyaka 5 gusa aho yatangurira muri chorale y’ishure ry’abana mw’ishengreo rya Assembly of God. Ngo ariko ku myaka 13 yaciye ahagarika (...)
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Ads > biography
biography
Articles
-
Menya vyinshi ku mucuraranzi Emy Smith
20 Ruhuhuma 2013 -
Biography
18 Ruhuhuma 2013Beyoncé Giselle Knowles (née le 4 septembre 1981), le plus souvent appelée Beyoncé (en anglais biˈjɒnseɪ), est une auteure-compositeure-interprète américaine de R’n’B et également productrice et actrice.
À ce jour, elle a vendu 100 millions d’albums 2, ce qui en fait une des artistes ayant vendu le plus de disques des années 20003.
En 2003, pendant la pause de Destiny’s Child, Beyoncé sort son premier album solo Dangerously in Love, qui contient les singles populaires Crazy in Love, Baby Boy et Naughty (...) -
Biography
20 Myandagaro 2014Irakoze Hugues ariwe azwi cane kw’izina rya Sam Over Mix ni umurundi w’umurimvyi akina n’amareresi n’ibindi.Abakunzi b’umuziki wiwe baribaza iyo yagiye kuko bamubona mu kirabo « Iwabo n’ Abantu » aho aririmba muri karaoke hamwe no ku kirabo « Kw’Isango » ndetse n’ahandi. Over Mix araseruka cane mu mahayanishwa y’ibidandaza canke y’ibikorwa nko mu mashirahamwe yo gutumatumanako amakuru za Africel, Smart. Ikibazo “None OverMix ageze he n’umuziki wiwe?” kikabasha riho kubazwa.
Sam atangura aca umugani (...) -
Biography
22 Nzero 2013Igenekerezo rya 6 Ndamukiza umwaka w’1996, niho umuririmvyi Canco Amissi yitaba Imana. Indirimbo ziwe zarashitse ku nyota abarundi benshi eka mbere n’abanyamahanga kuko gushika n’uno munsi ziracavuzwa kandi zigakundwa. Bamwe mbere iyo bumvise indirimbo ziwe bibatuma kurota bibuka kahise abandi mbere no kurira bararira.
Amajambo ari mu ndirimbo ziwe arakomeye,afise ico asigura akaba no mu mvugo ifobetse yatumye indirimbo ziwe zikoreshwa igihe insamirizi n’imboneshakure vy’igihugu vyaba (...) -
Biography
19 Ruhuhuma 2013Nzeyimana Thomas benshi bazi kw’izina rya Mkombozi, ni umuririmvyi w’umurundi aririmba m’umudiho wa Hip Hop akaba ari umusore w’imyaka 24.Akaba yarahejeje amashure yisumbuye akaba kandi yakuriye mu gihugu ca Tanzaniya.
Ngo kuva mubutoyi bwiwe yakunda ibijanye no kuririrmba kuko yabitanguye afise imyaka indwi gusa aho yakunda gusubiramwo indirimbo zari zigezweho muri ico gihe.Aho twovuga nk’iza Luck Dubbe,Bob Marley na Christophe Matata.Yamye yipfuza kuzoba umuririrmvyi akomeye bica bimutera (...)