Home > Amakuru > Abagize umurwi w’amatohoza mu Burundi ntibemerewe guhonyora mu (...)
Abagize umurwi w’amatohoza mu Burundi ntibemerewe guhonyora mu Burundi
Thursday 13 September 2018, by
Mw’ikete umushikiranganji w’imigenderanire w’Uburundi Ezeckiel NIBIGIRA yandikiye abo bagize uyo murwi w’amatohoza yamenyesheje ko Reta y’Uburundi ibabajwe n’icegeranyo c’ibinyoma bashikirije kw’igenekerezo rya 5 Nyakanga 2018 ku cicaro i Geneve ku bw’ivyo batemerewe guhonyora mu Burundi.
Ezeckiel NIBIGIRA avuga ko ico cegeranyo cabo kigizwe n’ibinyoma kandi Uburundi budatahura icoba cinyegeje inyuma yaco.
IGIHE
Forum posts
13 September 2018, 16:20, by Dionesie
IMANA NINKURU
14 September 2018, 09:58, by Mabuye
Abo nibo batumye isi itaronka amahoro
14 September 2018, 23:25, by Serges Nkeshimana
None Kuki Batemerew Kuza Kurwego Rw’itohoz