IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Abiyandikisha mu ntwazangabo z’igiporisi bafise urupapuro rwemeza ko (...)

Abiyandikisha mu ntwazangabo z’igiporisi bafise urupapuro rwemeza ko bamenye ikibazo ca Reta baremerewe

Saturday 6 October 2018, by vianney

Mw’itangazo umushikiranganji w’umutekano ,gukinga no gutabara mu gihe c’ibiza n’isibe yasohoye kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 5 Gitugutu 2018 ,CPC Alain Guillaume BUNYONI amenyeshako abarangije amashure yisumbuye uyu mwaka wa 2018 batararonswa impapuro z’umutsindo nabo nyene bashobora kwiyandikisha bakoresheje impapuro zerekana ko bamenye ikibazo ca Reta.

CPC Alain Guillaume BUNYONI yibutsa ko iyandikwa ry’abo bose bipfuza kwinjira mu giporisi c’Uburundi ryatanguye igenekerezo rya 3 Gitugutu rikazorangira igenekerezo rya 14 Gitugutu 2018.

Uyo mushikiranganji avuga ko no ku misi y’akaruhuko bandika.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.