Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Felix MPOZERINIGA :«Amatati hagati y’abakozi n’abakoresha ava kukutamenya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Felix MPOZERINIGA :«Amatati hagati y’abakozi n’abakoresha ava kukutamenya (...)

Felix MPOZERINIGA :«Amatati hagati y’abakozi n’abakoresha ava kukutamenya amategeko abagenga.»

Wednesday 26 September 2018, by vianney

Ivyo yabishikirije kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Nyakanga umwaka wa 2018 aho yariko yishura ku bibazo vy’abashingamateka kubijanye n’ingene umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro vy’abakozi n’akazi CNDS uko ukora n’ingene utunganiriza abawituye.

Felix MPOZERINIGA yasavye abakozi n’abakoresha gusoma neza amategeko abagenga bongere bayubahirize kugira bifashe gukinga amatati akunze kwiyadukize bitumye no kutamenya amategeko.

Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro vy’abakozi n’akazi CNDS(Comite Nationale de Dialogue Sociale) ujejwe gutunganya ibiganiro hagati y’abakozi n’abakoresha ,gukinga amatati ashobora kwaduka hagati y’umukozi n’umukoresha hamwe no gufasha gutorera umuti w’ibibazo vyibonekeza mu kazi.


IGIHE

Forum posts

  • Andika hano egonivyiza gutuganiriza abakozi twebwenkabakozi agateka kacukarakundaguhonyarwa najenasaba iryoshirahamwenkukoryiyemejegukoraneza nasabamugukora rikorerenabakozibomunzukuko agatekakabokarahonyarwacane nasabakobotugarukiranatwemwobamukoze

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.