IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mercredi 19 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.

Umunsi ugira kabiri w’umwiherero w’abagize Reta y’Uburundi : Ibikorwa birongowe na Petero NKURUNZIZA biri mu mwiherero ku kirimba c’umukuru w’igihugu i Gitega

IGIHE

Messages

  • Mutama BUNYONI ubuhanza bwamuteye basha. Niyirambire.

  • Uwo yita Mutama Munyoni gayemwe namabi akora ubwo si za mbonesi !!!

  • non Ababose Nabakuru Bibihunga

  • mbega mwombwira peter yararoye muri yanama ya UN irikubera muri USA new york canke nubu nyene yatinye gusoka mu mwobo?

  • Ukuntu Merkiyori Ndadaye Yishwe?

  • Ariko Uwukunze Nabenegihugu Jekubwanje Nahoyotwara Imyaka Igihumbi Kubwanje Mbona Atacobitwaye Nibamureke PITA NKURUNZIZA NINTWARI YUBURUNDI EKANUWAMBERE TUMWUBAHE BIRAKWIYE BARUDI NTIDUHENDWE NABANYEPORITIKE MBEKOBAMPENZE NKAHUNGA KATAWAJEKUNDABA NABONYENE BARIBAGOWE ICOKWEREKA ABASIRIKARE BAHENZWE BARWAYE IMITIMA UBU AHOBA SAVYE INDARO MUMAKAMBI MUGIRE UMUSI MWIZA KUBAKUNDA UBURUNDI NABARUNDI MANA KOMEZA UZIGAME UBURUNDI NABARUNDI NABAKUNZIBABWO AMEN.

  • Kigabo Jean Marie ni umurundi canke ni umunyamahanga. Twebwe président wacu ni umurundi si umunyamahanga. Ni umurundi nkatwe. Kuba ari mu Burundi akigumira mu gihugu nta gitangaza kirimwo. Ko wumva yatinye kuja mu nama ya ONU ngenda umuserukire ivyo yari gushikiriza abe ari wewe ubushikiriza. Jeho data numva ari wewe wemerewe kuzunguruka amahanga, ntukiri umurundi

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.