IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Denise NKURUNZIZA yatanguje Inama y’abatambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya (...)

Denise NKURUNZIZA yatanguje Inama y’abatambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika

Thursday 25 October 2018, by vianney

Muriyo nama yatumganijwe n’ishirahamwe OPDAS Burundi rirongowe n’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise NKURUNZIZA rifise umugambi wo gushika mu mwaka wa 2030 aho ata mwana azoba akivukana umugera wa Sida.

Iyo nama yabereye mu Vyegwa mu ntara ya Ngozi ikaba yitabwe n’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu ca Zambiya Esther Lungu,umutambukanyi w’umukuru w’igihugu ca Repuburuika ya Afrika yo hagati Tina Marguerite Touadera abagore babayobozi bakuru bakuru mu gihugu hamwe n’abandi.


IGIHE

Forum posts

  • Andika hano Nyakubahwa Mufasoni Wumukuruwigihugu Deniza Nkurunziza Amahoro Mugire Ibikogwavyiza Imana Ikomeze Kubaronsa Ubwenge Nokubazigama Murakoze.

  • Nibyiza ko abadamu cyane cyane a bakomeye guhagurukira, ikibazo cya sida.kuko nibo bafite ijambo ryumvikana kuko a bambere bagira ibibazo nabadamu nabana bayivukana bashyiremo imbaraga bizarengera abana benshi

  • ikintera ubwoba kuri Denisw Nkurunziza nuko ari mu bahimiriza abakenyezi gukoresha bwa buhinga bwo kuvyara bake( Imana iravyanka kandi izomuhana) kandi muri afrika azi neza ko bapfa kuvugagura batanaravye ibihuye n’umuntu. abakenyezi bacu ntitugitweruka kubabira kubera baguma bava amarasourudacika n’izindi ngaruka nyinshi abaganga biyibagiza kugira bicire akanoto.
    Imana iraje kubikura.

  • Ndabona ari vyiza, Africa yose igiye kwambara umutamana wa CNDD/FDD mugabo inzara n’ubukene vyose biracafise imisi vyiziziye uyu mugabane w’isi.

  • Mwiriw Neza Barundi Benewacu,umupfasoni Wumukuru W’igihugu Ndamushimiy Cane Kugikorwa Batanguke,namusabako Yoreba Akarekura Abanyororo Bafungiwe Muma Prison Atandukanye Bagendana Umugera Wa Sida,batahe Baje Gukurikiza Impanuro Zabaganga,murakoze.

  • jew kwer numvarisaw icociyumvir nic

  • kwer kumv mushak mwubak ibarabara ndanezerew can gusa naj ndakeny nofashj non mwihangane

  • amaraso yo baracayava!rira wihorere karenga,satani yarahagurukiy muri modernité.ntitwibagire na ressources dispo aux foyers,nahayo!

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.