Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibarabara rya Rumonge-Nyanza Lac: Itegeko rigenga amafaranga yo kuryubaka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ibarabara rya Rumonge-Nyanza Lac: Itegeko rigenga amafaranga yo kuryubaka (...)

Ibarabara rya Rumonge-Nyanza Lac: Itegeko rigenga amafaranga yo kuryubaka ryemejwe

Wednesday 24 October 2018, by vianney

Umushikiranganni w’ikigega ca Reta yari yitavye inama nkenguzamateka kugira asigure imvo n’imvano y’iryo tegeko,Domitien NDIHOKUBWAYO yamenyesheje ko uwo mugambi w’iryo barabara rishaka kubakwa biri mu ntumbero yo kugabanya ibiciro vyo kwiyunguruza na cane cane ku vyimburwa bigiye mu yindi mihingo y’igihugu bivuye murivyo bice hamwe no mu ntumbero yo kunagura umutekano mu mabarabara.

Inyuma yo kurica hirya no hino,iryo tegeko ryaciye ryemezwa ijana kw’ijana n’abashingamteka bari bitavye ibikorwa mu ngoro y’amakoraniro.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.