IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Iterambere > PARCEM: Irashima itanguzwa ry’ibibanza bisadanzwe ku bijanye (...)

PARCEM: Irashima itanguzwa ry’ibibanza bisadanzwe ku bijanye nivyubutunzi

lundi 7 Munyonyo 2016, par Jean De Dieu

Kuva aho Leta y’Uburundi imenyeshereje ko hagiye gushingwa ibibanza bidasanzwe kubijanye n’ubutunzi, ishirahamwe PARCEM rirashima iyo ngingo kubwaryo ngo nikintu ciza cane bizotuma ubutunzi bw’igihugu bwisununura. Bivugwa na Faustin NDIKUMANA umuyobozi w’iryo shirahamwe akamenyesha kandi kugira bigire akamaro n’uko abarundi bokwijukira guhindura ingendo kubijanye no kurya ibiturire n’ibindi


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.