IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Poritike > Imigambwe > Umugambwe Sahwanya FRODEBU waronse abarongozi bashasha

Umugambwe Sahwanya FRODEBU waronse abarongozi bashasha

Monday 9 July 2018, by vianney

Murayo matora Leonce NGENDAKUMANA yagumye mu kibanza c’icegera c’umukuru w’umugambwe mu gihe Oswald NTAKIRUTIMANA yatowe kuba umunyamabanga mukuru w’uyo mugambwe.

Pierre Claver NAHIMANA asubiriye Frederick BAMVUGINYUMVIRA ari mu buhungiro.


IGIHE

Forum posts

  • Nyakubahwa NAHIMANA Pierre Claver nahangame kuko ni umuntu ashoboye amabanga yashinzwe. Yarakoreye kandi Igihugu cane. Imana imuzigame. Ndakeka kw’azoronka abanywanyi benshi. Je l’adore il est calme, serviable et intègre. Ni umushingantahe abikwiye.

  • VUBA CANE IMIGAMBWE IGIYE KUZIMANGANA, AMATORA GUTYO, AMADINI GUTYO, HAZE THEOCRATIE intwaro y’Imana itagira amatora kandi izokorera bose. Bihakane canke ureke hafi cane

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.