Home > Amakuru > Umurwi CVR watunganije inama yo guhanana ivyiyumviro bijanye n’ibikorwa (...)
Umurwi CVR watunganije inama yo guhanana ivyiyumviro bijanye n’ibikorwa vyawo
Thursday 30 August 2018, by
Bimwe mu bitegekanijwe muriyo nama yo guhanahana ivyiyumviro n’ibijanye no kumenya intambanyi zo kumenya kahise ku ndyane z’igihugu,uko umurwi CVR wokora mu kurondera amakuru ya kahise hamwe n’aho uyo murwi ugejeje igikorwa co kumenya kahise ku gihugu.
Ibikorwa vyo kugurura k’umugaragaro ico gikorwa vyatangujwe n’icegera c’umukuru w’umurwi ujejwe ukuri no kunywanisha abarundi pasitori Clement Noe NINZIZA.
IGIHE
Forum posts
6 September 2018, 12:25, by Ntacontemanga!
Pasitoro avuga kwarugusenga hanyuma bikikora!nubwabapatiri nabonyene bafashwe,vyopfuma!