IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Umutamakazi yatunze Perezida Nkurunziza imyaka itatu

Umutamakazi yatunze Perezida Nkurunziza imyaka itatu

mercredi 17 Gitugutu 2012

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yemeye kwubakira inzu y’amabati n’amatafari ahiye umutamakazi Veronika Ndinzemenshi aba ku musozi Kirengane muri komine Rugazi aho yabaye ikiringo c’imyaka 3 akiri mu muhari warwana CNDD-FDD.

Hari ku wa 6 Gitugutu 2012 agiye kumugendera igihe yari ahejeje gukorera ibikorwa rusangi ku Muzinda muri iyo komine nyene ahariko haragurwa ishure ryisumbuye rya komine.

JPEG - 58.3 ko

PPB

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.