IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Jean Claude KARERWA avuga ko ivyo kuva mu murwi ujejwe agateka ka zina (...)

Jean Claude KARERWA avuga ko ivyo kuva mu murwi ujejwe agateka ka zina muntu bimanza kwigwa

Friday 28 September 2018, by vianney

Mu Kiganiro c’abavugizi b’inzego z’igihugu kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Nyakanga 2018,Jean Claude KARERWA yamenyesheje ko ivyo reta ishikirizwa canke isabwa n’abanyagihugu canke n’amashirahamwe reta ivyakira igaheza ikavyiga ariko kubijanye no kuva muruyo murwi atovuga ko ari uyu musi canke ejo kuko bimanza kwigwa.

Jean Claude KARERWA yavuze ko reta yinjiye mw’ishirahamwe ikabona ko ikwiye kuyivamwo iravyicarira hama igatanga inyishu.

Jean Claude KARERWA avuga ko reta ibonye ko hari akunguko ivuye mw’ishirahamwe iri canke iriya iraheza ikabikora.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • Ni mwivire mwo no muri ONU na UA .none kera kubtwaro ya cami abarundi ntibari babaye ho ata mashirahamwe mpuzamakungu ariho .Ahubwo n abaserukira igihugu mu makungu bose ni bitahire hanyuma dutegerere ku mbihe aboruvogera.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.