Accueil > Poritike > Imigambwe > Abarundi bahamagawe mu bihe vy’amatora n’itegeko ry’umukuru w’igihugu
Abarundi bahamagawe mu bihe vy’amatora n’itegeko ry’umukuru w’igihugu
vendredi 8 Rusama 2015
Abarundi bahamagawe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kwitegurira amatora, yo muri uyu mwaka w’2015.
Muri iryo tegeko inomero 100/139 ryo ku wa 7 Rusama ryateweko umukono n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza hamwe n’icegera ciwe Prosper Bazombanza, rigizwe n’ingingo 14, zimwe mu izo zikamenyesha abarundi ko imyiyamamazo y’abashingamateka hamwe n’abagize inama mpanuzwa jambo z’amakomine, izotangura ku wa 10 Rusama, iheze irangire ku wa 23 Rusama.
Mwomenya ko inyuma y’iyo ngingo ihamagarira abarundi kwinjira mu bihe vy’amatora, abanyeporitike batandukanye baciye batangura n’ugutwara ibibarnga mu murwi ujejwe gutunganya amatora CENI, aho inyuma y’umukuru w’igihugu ku ruhande rw’umugambwe CNDD FDD, haciye hakurikira uwuzoserukira umugambwe UPRONA.
IGIHE
Messages
8 Rusama 2015, 18:12, par Nuwera
Murakoze amatora tuyarindiranye igishika cishi kuko turanezerezwacane nokwitwarirwa nindongozi twitoreye mu Burundi bwacu buhire.
9 Rusama 2015, 09:34, par patrick
iyuba wari umuntu akwije neza twashavura none ivyuvuga nivyo ukora birerekana kudakwije.mbega uduhamagarira amatora atariwewe uzohiganwa.ntitorota twemera guhiganwa nawew mbega uwokwiruka wenyene yobuzwa Niki kuba uwambere!!ceni nirwaw sentare yaraye ikurekuriy kwitoza bidakenew nirwaw none wumva wohiganwa nande?iruka wenyene biragusa umusazi agizw numwette.naho isi nijuru vyokoranako ntiturota witoza kandi ceni igumaho’itegerezwa guhindurwa.aruwokwemera gutwagwa numuntu ataco yibanga.yica inzoya abatama abatamakazi abihebey imana mugakerera mwena dolopho.ahubwo uwogukunda yokunyarukana kubitaro kwivuza mumutwe kinjura bigikunda.ndahamagariy abantu mwese turikumw mukwiyama iyisazi.
9 Rusama 2015, 11:20, par ndiho
wamuntu wiyise patric nibazako atagihugu cuburundi kizokwigera narimwe gitwarwa nabungere bakera kuku ibitutsi vyawe ninkivyumuntu atarezwe nibaza ko numusazi atinya nyina umuntu ufise ubwenge wokubahuka kwandika ibitutsi nkivyo uzi ko bihava bisomwa nabantu bazima nimwige kumenya neza kwisi twayisanzeho tuzoyisiga micombero yarishe ibihumbi nibihumbi vyabahutu ngo agomba kutumara none arihe hitrelele arihe namwe uwomugambi mwafashe wokugwanya ubutegetsi bbwabahutu mubicishijr mmumarementanya ntaho uzobageza
9 Rusama 2015, 11:24, par ndiho

12 Rusama 2015, 03:02, par charote
Patric nibaza kutiyumviriy neza mukuvuga ayo majombo.mbega abavyeyi boba batskeigishij kwubaha
? Ufis icushukiriza vuga murufasoni ntanger.
14 Rusama 2015, 09:00, par akimana jean
godefroid niyimbare