Accueil > Amakuru > Amakomine 20 ya mbere yifashe neza mw’itunganywa neza ry’intwaro
Amakomine 20 ya mbere yifashe neza mw’itunganywa neza ry’intwaro
samedi 29 Kigarama 2012
Amakuru duhabwa n’ikinyamakuru IWACU yerekana ko ata komine n’imwe yo mu gisagara ca Bujumbura iri muri 20 za mbere zifashe neza mu gutunganya ivyerekeye intwaro ibereye n’imibano hamwe n’ubutunzi mu cigwa cakozwe n’ubushikiranganji bw’iterambere ry’amakomine.
1.Busiga (Ngozi) : 91/100
2.Mwumba (Ngozi) : 89 /100
3.Muhuta (Bujumbura rural) : 88/100
4. Itaba (Gitega) :87/100
5.Matongo (Kayanza) : 87/100
6.Ngozi (Ngozi) : 87/100
8.Tangara (Ngozi) : 87/100
9.Buraza (Gitega) : 86/100
10.Rutegama (Muramvya) : 84/100
11.Bukirasazi (Gitega) : 83/100
12.Gitega (Gtega) : 83 / 100
13.Giheta (Gitega) : 82 /100
14.Mpinga-Kayove (Rutana) : 82/100
16.Kayanza (Kayanza) : 82 /100
17.Makebuko (Gitega) : 80 / 100
18.Nyamurenza (Ngozi) : 80 /100
19.Rutovu (Bururi) : 79 /100
20.Mutimbuzi (Bujumbura rural) : 79 /100
20.Musongati (Rutana) : 78 /100
kw’ifoto:Martin Nivyabandi, umushikiranganji w’iterambere ry’amakomine
Pierre Claver Niyonkuru