Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gitega : Abanyeshure bo kuri Regina Pacis bagize isanganya bavuye mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Gitega : Abanyeshure bo kuri Regina Pacis bagize isanganya bavuye mu (...)

Gitega : Abanyeshure bo kuri Regina Pacis bagize isanganya bavuye mu rukino

lundi 1er Ruhuhuma 2016, par egide

Abanyeshure bagera kuri 20 bo kw’ishure ryisumbuye rya Regina Pacis ryo ku Mushasha mu ntara ya Gitega bagize isanganya ku mugoroba wo kuri uwu w’Imana bavuye mu rukino rwa Handball bari bavuye gukina n’ishure Christ Roi yo ku Mushasha nyene.

Imodoka y’ishure yariko yunguruza abo banyeshure igeze imbere y’ubwinjiriro bw’ishure ryabo, umudereva yataye inzira, iyo modoka ica igira isanganya.

Abanyeshure bagera kuri 20 bakomeretse, bakaba baciye bajanwa kuvurizwa ku bitaro (Clinic) vyitiriwe umweranda Tereza ry’i Songa hamwe no ku bitaro vy’i Gitega (Hôpital Régional de Gitega).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.