Accueil > Amakuru > Ikiziga ca Jacques BIHOZAGARA cashitse mu Rwanda
Ikiziga ca Jacques BIHOZAGARA cashitse mu Rwanda
mercredi 6 Ndamukiza 2016, par
Ikiziga ca Jacques Bihozagara yahoze ari umushikiranganji mu Rwanda ajejwe gutahukana impunzi, aba n’uwuserukira Urwanda mu Bubirigi hamwe no mu Bufaransa, cashikanwe mu gihugu c’Urwanda, mu minwe y’umuryango wiwe.
Umuryango wiwe wakiriye ico kiziga ku kibuga c’indege ca Kanombe, kikaba cazanwe n’indege ya RwandAir yashitse ku kibuga c’indege ca Kanombe isaha cumi na zibiri z’umugoroba wo kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2016.
- Abakozi ba RwandAir bururutsa mu ndege ikiziga ca Jacques Bihozagara
Umuryango wa Jacques Bihozagara ukaba wasavye Reta y’Urwanda ibipimo vy’isuzuma ry’ikiziga ciwe (autopsie), kugira icamwishe kimenyekane. Reta y’Urwanda yasabwe kandi gukora amatohoza mpuzamakungu kuri urwo rupfu.
- Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe FPR uri ku butegetsi mu Rwanda, Francois Ngarambe, ni umwe mu baje kwakira ikiziga ca Jacques Bihozagara
Jacques Bihozagara yafashwe kw’igenekerezo rya 4 Kigarama 2015, yagirizwa ko ari mu Burundi nk’umusumyi w’urusaku, akorera igendereza ry’Urwanda.
- Umupfasoni wa Jacques Bihozagara, Jeanna Bihozagara hamwe n’umwana wabo Bonita Isaro bitegereza ikiziga ciwe, aho cashikanwa ku Kibuga c’indege ca Kanombe.
Yabanje gupfungirwa mw’igendereza ry’Uburundi, mu nyuma atwarwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho yapfiriye mu buryo bwatangaje abo bari bapfunganwe, ku munsi wa gatatu w’indwi iheze.
IGIHE
Messages
6 Ndamukiza 2016, 09:27, par rwasa eric
ntakundi nimwihangane ariko mureke kuguma murungika bameneko mubamwabuze ico mukora hiyo mugwanda?
6 Ndamukiza 2016, 09:50, par karorero
Yatahukanye impunzi nawe baramutahukanye nkuko abo yatahukanye bataguwe amarembe nawe bimuguy nabi ikibi kirakurikirana nagende abazwe ibicumuro yacumuye abihanirwe ntimumburize iciyunviro canje ndabasabye
6 Ndamukiza 2016, 10:01, par Augustin niyonkuru
Banyarwanda mwabonye ivyanyu!Ntimuze musubire kugorana,kuko mwaraseko amatohoza abera iburundi,nukuvuga ivyomuzemvanta ntawuzovyemera,musanzwe mwigenza ariko mwihinguje muzotwandurakBanyarwanda mwabonye ivyanyu!Ntimuze musubire kugorana,kuko mwaraseko amatohoza abera iburundi,nukuvuga ivyomuzemvanta ntawuzovyemera,musanzwe mwigenza ariko mwihinguje muzotwandurako.
6 Ndamukiza 2016, 10:42, par tari
Turasavye reta y’urwanda Ngo ikore amatohoza yimbitse kugirango twebwe abarundi nabanyarwanda tumenye icishe uwo mutama kuko jewe ndemeza Ko reta yuburundi ifise uruhara murupfu rwiwe
6 Ndamukiza 2016, 10:52, par Batwenga
Intwaro Ya Nkurunziza Ntagutwenga,abapfa Baracapfa
6 Ndamukiza 2016, 11:21, par Sherif
Hasigaye shebuja wiwe Kagame ngo aje kwishura imbere y’Imana ivyo yakoze muri
iyimyaka 22. Ntanumwe azorusimba bose ni mu kuzimu.
6 Ndamukiza 2016, 11:31, par ntakarorerokawe
wowe wiyita karorero nuko utazi ivyo uyu mutama yakoze ntiwakaba uvuga utyo we yagiye kubacyura abakura i buvumo nyuma yuko bari bamaze kumara imbaga yabatutsi mu rwanda ndetse harimo nimiryango ye arangije abagororera kubacyura i wabo mumutekano numudendezo none nuko uvuze. hari umugani kera najyaga numva baca mukinyarwanda bavuga ngo umuhutu umuvura ijisho bwacya akarigukanurira. iconzi mwokwanga abatutsi mwabakunda bazahora bari on top/mental level. kdi bazabategeka a jamais. nkurumbi ari muri stolen transition which is almost on End
6 Ndamukiza 2016, 11:45, par Nkezabahi LEONID
Ndahojeje Umuryangowanyakwigndera Mwihangane Uburundibwarabayenabi
7 Ndamukiza 2016, 07:09, par jean
Imana Imwakire Mu bayo
7 Ndamukiza 2016, 11:18, par karikurubu
UBURUNDI,nabicanyigusa!natweturahagorewe,abacubaramaze.mwihangane!harumus’uwiteka vyose azobimara.umuryangowewihanganenikobimeze.
7 Ndamukiza 2016, 16:50, par Nikwokuri
Ni Mureke Kuvuga Ayamuhe. Umuntu Imisi Yiwe Yakwiye Arahwera Ntagisivya Ahubwo Namba Hariho Ivyuma Biraba Imisi Y’umuntu Ko Yar Yakwiye Nibabikoreshe
8 Ndamukiza 2016, 08:36, par karorero
Uko nikwitwenga akogapfakazi ntiyagasize kubera ubusambanyi bwako none Ngo amatohoza abanyarwanda mwaramenyereye gukamisha ibiziga pe ahonaho mudasabye Ko batopfobya genocide yakorewe Bisaganya nimurabe iyo mukijugunya nayo ivyamatohoza mubibaze uwamurungits kubintasi iburundi nuko ikikinyamakuru gihengamye mutanshirirako ikiciyunviro muri kumwe nabasindumuja.
8 Ndamukiza 2016, 21:03, par Nobuf
Imana Imwakire. Hagati Yabayobozi B’abarundi N’urwanda Imana N’iyo Izoca Urubanza Niyo Itihenda Imana Idufashe.
9 Ndamukiza 2016, 09:35, par Buja
BACA UMUGANI MU KINYARWANDA NGO UMUHUTU UMUVURA IJISHO BWACYA AKARIGUKANURIRA. Muri bantamunozwa gusa, si indi umuvugizi wa leta ariko nibaza ko ntacyo Leta yu Rwanda yavugana nizi njiji zaba DD, ni abahigi gusa. Ubu koko bavugana nande mubyukuri muri iriya Team ya Nkurunziza, uziko ushakamo umuntu umwe gusa wincabwenge en meme temps windero ikamubura . Bose nimihirimbiri kabisa
9 Ndamukiza 2016, 09:43, par www com
Nibamukureko agahanga bajekugashira aharubundi ntibamenyereye gukamisha ubuhanga
12 Ndamukiza 2016, 14:41, par kigali
Nkunda abahutu kubera complexe d’inferiorite devant les tutsi bahora bifuza ko batabaho, haba i burundi baba i Rwanda.