Accueil > Kwidagadura > Umwigeme Ange-Bernice INGABIRE yatowe nka "Miss Burundi 2016-2017"
Umwigeme Ange-Bernice INGABIRE yatowe nka "Miss Burundi 2016-2017"
lundi 15 Myandagaro 2016, par
Umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge kurusha abandi "Miss Burundi2016-2017" yamenyekanye. Ange-Bernice INGABIRE w’imyaka 21, yiga mu gisata c’Ubuvuzi (Médecine) muri Kaminuza y’Uburundi niwe yatowe kuri uwu w’Imana muri cumi n’umwe bari bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa.
Mu migambi avuga ko azoshira imbere, harimwo ugufasha abana, cane cane abagendana ubumuga.
Ange-Bernice INGABIRE niwe azoca aserukira Uburundi mu mahiganwa ya Miss Africa.
- Umwigeme Ange-Bernice
Abandi babiri batowe ni Mona Walda Kaneza (1ère Dauphine), hamwe na Ornella Gahimbare (2ème Dauphine).
IGIHE
Messages
15 Myandagaro 2016, 01:29, par Sylvestre
Ubwiza Sukwisiga Burimumutima.
15 Myandagaro 2016, 01:53, par Sylvestre
Ubwiza Subwokumubiri Burimumutima Kandi Umwigeme Wumurundikazi Abegwa Nijipo Apana Ipantaro,!!
15 Myandagaro 2016, 07:02, par CAKIRA
sinziko arimwiza gusumba madame wawe?ivyovyose ni ibintu abazungu bazanye!
15 Myandagaro 2016, 08:41, par Raymond Nina
Félicitation à nos chers honorables poilissimes
15 Myandagaro 2016, 09:13, par BURUNDI My Country
Gusa Ntazoce Yishima Kuko Ubwo Bwiza Tumubonana Si Naturelle!
Uwo Turamuzi Uko Yakuze,ingeso Yakuriyemwo Zose Turazizi!
Kandi Akarangamutima K’umurundikazi,gashigikirwa N’ijipo Hamwe N’ugukenyera Kirundi!
Mais Félicitation Ange!
.
Kimwe Gusa Yama Adutera Inkuru Tukaryoherwa!
15 Myandagaro 2016, 10:01, par karikurubu
Aho rero niho abatutsi bazokwama batsindira gusa. Abahutu natwe mu kurima nawotuja imbere
15 Myandagaro 2016, 10:38, par henryniyonkuru
nivyiza naho uburundi turi mubihe bibi
15 Myandagaro 2016, 11:40, par DAVID
yayaa mbebasha mwatoye uyo harakant,IYONZANA CHERIE WANJE NAHO.
15 Myandagaro 2016, 11:53
Toutes mes félicitations à toi Ange-Bernice, seulement que tu seras incapable sans Dieu,dans toute chose à réaliser demande l’aide de Dieu Tout-Puissant.En plus essayer de revaloriser notre culture,coutume et autre,félicitation ancore
15 Myandagaro 2016, 12:08, par Kabila Kabange
Ubwiza Buba Kumutima Miss Atorerwa Mumwiherero?Ko Ntavyo Twar Tuzi
15 Myandagaro 2016, 13:12, par Eddy-Franck
None Bisunziki Kotuzi Ivyo Biba Mwamanyanga Menshi?Mé,I Say To Her Big Up!!
15 Myandagaro 2016, 13:38, par Berwa
@sylvestre
Erega nawe ba wambara igikwemu c’impuzu iva mu kivumuvumu yokubera!
15 Myandagaro 2016, 14:30, par Privat
Emwejenfisecheriekubwizaafisentuvuge Asumbaabandibose
15 Myandagaro 2016, 15:05, par Cent
Non Kuberiki Hamahatogwa Abatutsikazi Gusa?
15 Myandagaro 2016, 16:58, par Antoine
Mwihenze Ntabwo Ari Mwiza Kurusha Abandi
15 Myandagaro 2016, 18:25, par Boris Triban Bangirinama
Ubwanje Nibazak Ntacyo Bitway Kuk Uk Bij Nik Tuvyakira Mais Uyo Mu Stom Arakuze Cyane.None Mwarabuz Abt Mwoshr Muma Rushanwa?Biratangaje Pee!!
15 Myandagaro 2016, 18:33, par NDAYIZEYE JOHN
ANGE IYOMIGAMBI YAWE UZOYISHITSE NIMYIZA.
15 Myandagaro 2016, 20:29, par NIYITUNGA THERENCE
Ukwo mubona!je mbona asanzwe.mbe iyo jury ivyihwez abaygiz baba ar aba miss kugir ntibhend ck bab arabahungu/abagabo beza kurivyo mwisunga?
15 Myandagaro 2016, 20:36, par Alias Kabwa
Ubwo Mwarihwej Nzako Arimwiza Aho Muzogera Mwihiganwa Ryo Muri Africa Musanga Arimubi Kurusha Aband Ntimuzo Regretez P6
15 Myandagaro 2016, 21:46, par Ngevi
Felicitations à Bernice . Tu es vraiement intelligente . Soyez prête à défendre positivement votre nation.
16 Myandagaro 2016, 07:49, par Aloys Masabarakiza
Huuuu....Birasanzwe.
16 Myandagaro 2016, 08:26, par NDAYIKEZA VIANNEY
JEW MBONA ASANZWE. MBE KWA TABA MISS BABAHUNGU BO BATORWA.
16 Myandagaro 2016, 09:43, par Hakizimana
La Beauté Est Relative.C’est Dieu Seulement Qui Connaît Ça.Vyose Ni Ubusa!
16 Myandagaro 2016, 10:35, par Bamporubusa Dieudonné
Imana Izomufash Kurangura Neza Ivyo Yiyemeje Ndets Azokor Nibind Azobona Bikenew Gukorwa Atashimy Kuvuga,...
16 Myandagaro 2016, 10:59, par jpaulis
Yar Mwiza Arko Ntabw Ari Isugi Twaramumaze
16 Myandagaro 2016, 14:32, par niyungeko zawadi
peut-etre que ari intelligente,naho ubwiza bwo ntabwo afise ,ni manquant wa hatari!!!!!!!!!!!
16 Myandagaro 2016, 14:46, par ,,,,,
ubukecuru.com
16 Myandagaro 2016, 17:14, par FELIX MUHIRE
UKO N’UGUSENGA IBIGIRWAMANA VY’ABAKORWA.
16 Myandagaro 2016, 17:36, par ncuti
umwiza atamutima mwiza afise wibaza ko uba ukibona n’ ubwo bwiza.
16 Myandagaro 2016, 19:16, par Nestor BAKUNDUKIZE
Abavyeyi Baravyara Imana Igahezagira.Imana Uwiteye Iteka Sivyiza Guca Yifuriza Inabi Abandi.Ndashimwe Uyo Mugambi Mwiza Wogufasha Abandi.
17 Myandagaro 2016, 00:28, par chance
mbona ata nubwiza afise.mbona hari benshi i burundi bamusumvya pe
17 Myandagaro 2016, 05:40, par Niyongere Abubakar El Bashir
Ni Vyiza Arko Araraba Ibikorw Bizoze Imbere Cane Kuruta Amajambo Ni Benshi Biyemeza Ibintu Ariko Hagera Aho Ikiringo Cabo Kirangra Ugahiga Ico Bamaze Ukubabura Nuko Rero Kuba Yari Yiyumviriye Kuba Umuvugzi W’abana Bagenda Ubumuga Nivyiza Kuk Ababana Akenshi Mumiryango Barakumirwa Ndetse Bagahabwa Akato Kand N’abavyeyi Babo Canke Se abo Bavukana Ababikora Bibagirwak Ataco Baba Baratanze Kumana Kugra Bavuke Bakomeye Imana Irakuja Imbere Ubabere Urumuri Ndets Muburundi Nohanze.
17 Myandagaro 2016, 08:14, par félix habonimana
kubwanjye nimwiza akabije rwose,hama uyo mugambi we nuw’impamo pe nyagasani amuyobore mwifurije amahirwe
17 Myandagaro 2016, 08:18, par félix habonimana
kubwanjye nimwiza akabije rwose,hama uyo mugambi we nuw’impamo pe nyagasani amuyobore mwifurije amahirwe
17 Myandagaro 2016, 12:44, par Audacious
Biranezeye pe nanj nari nabonyek abikwiy kome Ange and i mi6 u!
17 Myandagaro 2016, 15:02, par céléstin
Mugabo arakuz mb mwameny gut kw’ar miss?je mbon atar mwiz kurush aband!
17 Myandagaro 2016, 21:48, par Ernest
Jemfisecherie kubwiza,afisebusumba bwa Ange
19 Myandagaro 2016, 09:27, par Abel Girukwishaka
Jewe Ndabishimye Kuba Yatowe Mubandi.Ariko Araraba Uko Arimwiza Mumaso Yabisi Kube Arikoyoba Arimwiza Nomumaso Y’uwamuremye Kuko Ubwobwiza Yabuhaw N’imana.
19 Myandagaro 2016, 19:58, par jean marie
jewe mbon ari mubi azotumaramaza muri afrika
19 Myandagaro 2016, 20:42, par Bigirimana Céléstin
Namba Nokumutima Ariko Amez Ubwiz Arabufis
19 Myandagaro 2016, 22:13, par Biryabagabo
Nimwizagut?Arakunze NAryohegweyararemwe
20 Myandagaro 2016, 13:13, par Kezos
Na Miss muraca mumumeza
20 Myandagaro 2016, 13:44, par Wabumond
Imigambi Yanyu Irarashe.Hamw Twokumv Wabisiz Mungir Atar Amayaga Cicaro Vyotunezera.
22 Myandagaro 2016, 17:40, par Bernice Ingabire
Ni Imana Yabikoz
15 Gitugutu 2016, 06:59, par Ndayisenga Xavier
ABAFITE IDEE NK’IZO ZO GUFASHA ABANDI BATISHOBOYE NIBO BAKENEWE
8 Munyonyo 2016, 21:46, par TINDROS
Gusa ico mbona Uwo Mwigeme Arahiy Pe ! Uwogira Cotactes Yiw Ayimpe
3 Kigarama 2016, 12:27, par Ndayishimiye David
Nimwiz Muvyuyumvro?Cank Kumubir?
10 Kigarama 2016, 20:05, par jeanmarie
kwli ntaco abaye nkahamwe yokora ukwasa agafasha nkuko abivuga ni bon
21 Kigarama 2016, 23:16, par Chadrack Pirelli
Nibaza Ko Jew Namutoy Namubony Kwel Ahubw Akwiy Guh Amata Abamutoye.
27 Ruhuhuma 2017, 06:04, par NKURUNZIZA DÉSIRÉ
UWO MUMISAS ARASHIMISHIJE KUKUMENGARASOBANUTSE.ARIKOTURETSE KWITAHABOBANA NTAKINDIKINTAZOTUMARIRA YASHIKIRIJE AU NIVEAU DU PAY?MURAKOZE.
25 Ntwarante 2017, 14:46, par Ndayikeze Desiré
Nasonge Imbere
6 Ndamukiza 2017, 21:40, par ELYSÉ
URAKAMISH URAMPA NIMERO ZAW ICO TUVUGAN
30 Ndamukiza 2017, 19:05, par Mechack Nduwayo
Nisawa Cane Ndabona Ntibihenza. Nakare Ngo Akezakarigura
18 Rusama 2017, 20:30, par bimenyimana claude
genda abatutsi mwaratwifatiye nta bwiza arusha cherie wanje ange ngafite ubwiza harakantu mwobona cherie
28 Rusama 2017, 19:27, par Dieudonne
Iryo Ni Ijini Ivyoyikoza Twese Turabizi Kimwe Gusa Abatuts Sinzi Ko Aribo Barundikazi Basuvya Ubwiza Abandi,mbe Uwo Yamutoy Yasanze Asumba Uwiwe?Turagowe Pe Ubumaray Ninaco Gituma Butazopfa Buheze Mwisi,jenibaza Ko Arimwiza Imber Yuwo Yamutoy Ngo Amurutira Umugore,mbe Ko Atararongorwa Kandi Abandi Birirwa Barabirwa?Nihatari
4 Ruheshi 2017, 06:58, par Epaphrodit
Nanj Ndashaka Umukobwa Mwiza Kurusha Aband Nzomuronka Gut?
18 Mukakaro 2017, 15:16, par Ishimwe
murimbwa Pe!
21 Mukakaro 2017, 18:28, par alexis chriss brack
28 Mukakaro 2017, 15:30, par Innocent Ntakarutimana Muco
ahanje Si Ukumenya Ubwok Avamwo Igkuru Nukumenya Nimba Naw Ashobora Kubwishmir No Kubugndera.Ndamusabe Ntaz Amaramaze Uburundi N’ Abarundikazi.Ico Imana Itimye Uburundi Ni Ubwiza Bw’abakibamwo,si Abarundikazi Gusa N’abarundi Bariho.Ndamukeje Rero.
17 Myandagaro 2017, 14:25, par Ernest Manirumva
eg Vrmt Yiyumvir Nez Kwashak Gufash Nivyi Barav