Accueil > Imibano > Urukundo > Uko ushobora kubona ko umukobwa mugiye kwubakana ari imaraya canke ataco (...)
Uko ushobora kubona ko umukobwa mugiye kwubakana ari imaraya canke ataco yokumarira
vendredi 5 Nyakanga 2014
Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?
1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose bazimuhereye. Uwo ateye amakenga.
2) Umukobwa yikekwako ubumaraya y’ama arwaye zimwe mu ndwara zica mu bihimba vy’irondoka. Izo nazo kenshi ziterwa no guhuza igitsina n’abagabo batandukanye. Izo ndwara zishobora no kwandukira umuhungu bitwa ko bakundanye.
3) Umukobwa atavugisha ukuri ateye amakenga. Umuhungu bakundanye amubajije k’iyo yamye akama ashaka kubimuhisha canke akamwereka ko bidakenewe ko ahamenya. Ahandi akamubwira ko yari kumwe n’abagenzi biwe. Mura bo adashaka kuvuga harimwo abo abikira ibanga ry’ivyo bakorana( amabanga mpuzabitsina)
4) Umukobwa aguma yitaba ama telefone menshi canke akandika ubutumwa "sms" bwinshi n’abantu batandukanye kandi ata bintu akora bituma aguma kuri telefone canke yama abwira uwo bakundanye ko afise iyo agiye n’abagenzi wiwe.
5) Umukobwa w’umumaraya ushobora kumwerekwa n’ukuntu akunda amaronko, uwo akwirikira uwo abonanye ibintu, ntawe bamarana kabiri kuko murazi ko inambu y’amaronko itigera ihera. Uwo bakundanye wese bagenda bagize imibonano mpuzabitsina.
Cherif Nkeshimana
Messages
5 Nyakanga 2014, 20:36, par Uwizeye
umukobwa wumumaraya,kugira umumenye wamaze kumusaba ko mwokwubakana,bisaba gusenga caaaneee.nubwo atoba anywa inzoga,iyo mpwemu mbi imurimwo,arabikora.agerageza kukwereka ko havuye Mariya nyina wa Yesu,kwariwe acakurikira.abafise uburyarya bwo kugwego rwo hejuru.Nkuko biri murino nkuru yitaba phone nkabakora mwiperereza.sms zose zinjiye arazifuta.agerageza kwirinda umugenzi w’umuhungu yamureheje.jewe namutoye naramaze kumukwa. Hasigaye amezi abiri ngo mariage ibe.abahungu nivyiza kwiga umukobwa muzobana mutarinjira murukundo.niwihenda ukibaza ko uzomwiga mumaze kuba murukundo,kubitoro nubuntu uzoba ugiriwe.
6 Nyakanga 2014, 12:15, par Tohoza
Ibintu biranga umumaraya ni ibiki? Ko mutavuga umuhungu w’imaraya nawe? Shame on you
7 Nyakanga 2014, 19:48, par pepe
ivyo nanj ndabishigikiy!
8 Nyakanga 2014, 22:53, par Thievery
Umuhungu arashobora kuba malaya ariko bavuze ukuntu umuhungu yocagura umukobwa bazobana atari imalaya .»»» I respond to Tohoza
2 Rusama 2015, 13:35, par MANINBONAJeanine
MURAKOMEYEMUGENZI
15 Gitugutu 2015, 08:05, par NDUWIMANA ELYSE
umukobwa umubwiye ko umukunda ubona ko yavyemeye gute
23 Nzero 2016, 07:33, par SIBOMANA
NONUMUKOBWA WIMARAYA IYOWURYAMANYE WOBIMENYA?MPA INYISHU.
6 Ruhuhuma 2016, 13:19, par Kwizera Jiresi
Nonekugira Umenyeko Umukobwakundawovyerekwaniki?Akaroreroninkakahe?
23 Ndamukiza 2016, 20:11, par Kwizera Jules
Noneko Abakobwa Beshi Urirakubavugishabakagusaba amah Ra none Umukobwawukuri Umwerekwaniki?
16 Rusama 2016, 21:51, par Nsabiyaremye Ejide
None Jewe Ko Hari Umukobwa Yitwa Kabura Ndamusauye Ubugenzi Anyereka Ko Yabumpaye Kandi Ari Ukumpenda Wumva Vyogenda Gute
26 Ruheshi 2016, 08:33, par Jay peace
Non Uziguteko Yaguhenze Kand Yakubwiko Agukunda? Uzomusab Ko Muryamana Niyavyanka Ntazobagukunda.Kand Uzokwigumy Ntakundi Abakobwanibeshi Uzorondera Uwundi .
26 Ruheshi 2016, 08:35, par Jay peace
Non Uziguteko Yaguhenze Kand Yakubwiko Agukunda? Uzomusab Ko Muryamana Niyavyanka Ntazobagukunda.Kand Uzokwigumy Ntakundi Abakobwanibeshi Uzorondera Uwundi .
26 Ruheshi 2016, 09:09, par Jay Peace
Jew Nabwiy Umukobwakondamukunda Ambwirango Afituwund Ariko Ngo Nihangane Tuzokundana Baheba Ngo Kuko Nawe Yankunda Ariko Natoye Phone Yiwe Mbona Sms Ivugako Azomwenda Gus Ariko Atazomutwara Jew Birambabazakuko Jew Nashakakumutwara Non Mwompanuriki ? Inyishu
13 Ruhuhuma 2017, 11:44, par Lambert
Nukuri Kutagabanije
6 Ndamukiza 2017, 07:09, par Mutunzi
Murakoze Cane Kurizo Nyigisho.None Kugira Umenye Ko Umukobwa Agukundo Neza.Ubimenyeshwa Niki
12 Ndamukiza 2017, 21:12, par meli..
nivyo pe
13 Ndamukiza 2017, 14:43, par Nitwa; Ndayikeza Philimin
Non Nkatwebwe Abajene Rerotworeka Gukunda Keshikeshi Abakobwabanywinzoga?
16 Ndamukiza 2017, 21:01, par ndayishimiye j claude
jewe nfise umukobwa dukundanye aranywa inzoga ariko iyo ndamubwiye ko ndamukeneye ko twoyaga ivyurukundo abanza kwanka none uwo nawe yoba asa nuwunkunda?inyishu ni kuri 68099476
22 Ndamukiza 2017, 21:52, par Augustin Ndayisenga
Nanje Nkunze Umukobwa Nokora Ik Kugira Anyemere?
28 Ndamukiza 2017, 20:50, par ndayikeje yves
Oe?Umukobwa W,umutima Atari Igihumbu Womwerekwa N,iki?
18 Mukakaro 2017, 19:20, par ntirandekura albinho
inkuru ninziza.ndabasa mufashe,njyewe harumukobwa nasanze aho nagiye kuba,akimbona gusa iryambe yahise ambira kwankunda,gusa aronderwa nabenshi cane ntanumwe atamwiphuza,je ndamukunda kandi cane ariko yama kur phone ,fc,watsap ,mumpe inzira nocamwo kugira ndebe kwankunda ryanyabyo,yama arabishira hejuru gusa jyew sindi kubibona neza ,mufanshe
7 Myandagaro 2017, 17:07, par innocent ntakarutimana muco
eg cane muvyo muvuze birabigaragaza,nne ko hari abab bakor uw mwuga mub ugayitse bakihish inyma y’ijambo ry’Imana mu kwiyita "abakizwa" bkama bitwaza ngo bagiye mubikorane arko bitavye amasango(rendez-vs)y’aba types twobamenyeshwa n’iki?