Umuririmvyi Irakoze Hope yasohoye isanamu y’ururirimbo "Kemea Usingizi". Amajambo arimwo hanini avuga ibijanye no gukura amaboko mu mpuzu abantu bagakora maze bakaronka ivyo vyose bipfuza. Isanamu n’intambo bishusha n’ivyo tubona mu baririmvyi bo muri Congo
"Kemea Usingizi" ni umutwe w’ururirimbo rushasha ruheruka gusohorerwa isanamu. Nk’uko uwo mutwe ubisigura, " Rwanya itiro", Hope ahanura abantu kwirinda itiro. Hope yitangako akarorero, aho avuga ko azinduka afise igitari ku rutugu agiye ku (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Irakoze Hope > Amasanamu