Igenekerezo rya 6 Ndamukiza umwaka w’1996, niho umuririmvyi Canco Amissi yitaba Imana. Indirimbo ziwe zarashitse ku nyota abarundi benshi eka mbere n’abanyamahanga kuko gushika n’uno munsi ziracavuzwa kandi zigakundwa. Bamwe mbere iyo bumvise indirimbo ziwe bibatuma kurota bibuka kahise abandi mbere no kurira bararira.
Amajambo ari mu ndirimbo ziwe arakomeye,afise ico asigura akaba no mu mvugo ifobetse yatumye indirimbo ziwe zikoreshwa igihe insamirizi n’imboneshakure vy’igihugu vyaba (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Canco Amissi